Zimwe mu mpunzi z’abarundi ziri mu gihugu c’Ubuganda ziratakambira nyenicubahiro Evariste ndayishimiye ngo abafashe mu bijanye n’ugutahuka mu gihugu cabo c’amavukiro kuko bamaze kwumva ko I Burundi amahoro ari umusesekara.…
https://youtu.be/wgMyy-7qfBg Kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, abarundi bagera ku 1353 bakiriwe bahungutse bavuye mu gihugu c'Urwanda hamwe na Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo. Muri abo…
Ikigo kijejwe gukingira ibidukikije OBPE (Office Burundais pour la Protection de l'Environnement), casubije mu ruzi rusizi kuri uno wa gatatu, ingona zitatu zari zitunzwe n'umuntu aba muri karitiye Kabondo, komine…
Umurwi w'igihugu ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo CNTB umenyesha ko kuva kuwa 13 Ntwarante 2021 utazosubira kwakira ibirego bishasha. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uno wa gatatu,…
https://youtu.be/LYcJ9Ui_8HE Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2021, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano bubicishije ku muvugizi wabwo, bwerekanye abantu bane barimwo…
Sat-b arajugumiye asubizako Video yari yarakuye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Aho n’inyuma yaho uwiyita Thecatbabalao wo mu gihugu c’Urwanda avugiye ko ariwe yakoze ibishoboka vyose ngo Sat-b akwize wa 1,000,000 aheruka…
Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n’ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo…
Hakizimana Issa azwi kw'izina rya Madiba the Classic n'umwana agira ga 3 mu bana 4 ku musi w'Imana w'igenekerezo rya 21Ruhuhuma niho yashikirwa n 'inkuru itigera yorohera umuntu uwari wese ngaha…
Clotilde Niragira yigeze kuba umushikiranganji w'Ubutungane mu mwaka wa 2005 yarashengeye azize ingwara yaheruka gutorwa mu gihe ca Vuba. Clotilde akaba azize ingwara ya Cancer yo mu bwonko nkuko bishikirizwa n'umwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.