Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y’abwo n’igihugu c’Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yabishikirije mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega.…
Reta y’Uburundi ngo yiyemeje kubandanya iteramira amahoro n’umutekano hamwe no gukingira agateka ka zina muntu. Biri mw’itangazo ryasohowe na Reta ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere. Ni inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu…
Ni umunezero udasazwe ku Burundi n’abarundi aho bwasabiye ko bukurwa ku rutonde rw’ibihugu vyirwako n’inama mpuzamakungu ONU ijejwe ivy’umutekano. Ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umushikiranganji ajejwe imigenderanire…
Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba vyabereye mu…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020 niho hakinwa inkino mu ntumbero yo kurwanya amabi akorerwa abakenyezi . Inkino zitandukanye nka Volleyball, Basketball , Taekwondo na Karaté zarakinywe. Urukino rwuguruye…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye kwitaba inama igira 18 y’ibihugu…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n'umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye baritezwe i Libreville ku murwa mukuru wa Gabon kuri uyu wa kane. Nk’uko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona…
Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu, Jean…
Ibiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi bizokugarwa guhera kw’igenekerezo rya 31 Kigarama uno mwaka turimwo. Ivyo ni ibiri mu rwandiko Reta y’Uburundi yandikiye umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe mpuzamakungu…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye hamwe n'umutambukanyi wiwe Angélique Ndayubaha baritezwe i Malabo mu gihugu ca Guinée Equatoriale kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 2 Munyonyo 2020. Amakuru atangwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.