“N’ubwo bitakunze ko nshika i Bujumbura kur'uyu wa 1 mukakaro 2021, ndizera neza ko tuzoronka akandi karyo ko kubonana na Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE kugira ngo tubandanye turabira hamwe ibijanye no gutsimbataza…
Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w’2021, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. I Bujumbura ku murwa mukuru w’ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka…
Ibiro vy’intumwa idasanzwe y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi vyugawe, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Rusama 2021, nk’uko vyari vyasabwe n’Uburundi. Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire…
Umukuru w'igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta yagabiye mugenziwe umukuru w’igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye inka mirongo itanu. Mu rugendo rw’imisi ibiri arimwo mu gihugu ca Kenya aho yagiye kwifatanya…
Bishikirizwa n’umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu n’ugufashanya mw’iterambere. Ambassadeur Albert Shingiro yabishikirije mw’ijambo ryo gusozera ibirori vyo vy’inama igira 51 y’abashikiranganji ba…
Ishirahamwe ry'abadandaza ndengambibe bo mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo rimenyesha ko iyugururwa ry'urubibe rwa Gatumba Uburundi buhana n'ico gihugu rihumuriza abandaza b'ivyo…
Reta y'Uburundi imenyesha ko urubibe Uburundi buhana n'igihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo mu Gatumba ruzokwugururwa mu ndwi iza, igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021. Icegera c'uworongoye umurwi…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'umutambukanyi wiwe, yaganutse kur'uyu wa 14 Rusama 2021, inyuma y'urugendo rw'imisi itatu yari amazemwo mu gihugu ca Uganda. Evariste Ndayishimiye…
Ku mutaga wo kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 11 Rusama 2021, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye arikumwe n’umutambukanyi wiwe bafashe urugendo rw’imisi itatu mu gihugu c’Ubuganda. Evariste Ndayishimiye akaba agiye…
Ce mardi 20 avril 2021, Thaddée Ndikumana, Ministre de la santé publique et de la lutte contre le Sida a inauguré dans la ville de Bujumbura un Centre des Opérations d’Urgences de Santé Publique (COUSP) du Ministère de la…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.