Inyuma y'imvurururu n'ukutumvikana vyaranzwe mu banyanyi ba BDUSA zikaza kurangira zinashitse no mu nzego z'Ubutungane, Ishirahamwe ririko ririyambika umutamana. Ngo abarundi bamye barangwa n'ikiyago…
Mw’ihiganwa Afro Awards ribera mugihugu c’Uburusiya harabonetse kandi agashimwe gatahukana Umwigeme w’Umurundikazi aho yari yahiganwe mu muce wiswe (Fashion Designer of The Year). Kuri uyu wa 03 KIGARAMA 2020 yanditse…
Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza. Amaze,kubona ko amategeko agenga…
Abarundi baba mu gihugu c'Uburusiya bamenyesha ko bameze nk 'abakubiswe n 'inkuba inyuma yo kwumva amakuru y'igandagurwa bunyamaswa rya Makoroka Jolivet, umwe mu rwaruka rw'uburundi yahora yiga muri…
Umwitwrariko w'ambere w'abarundi baba i Roma ngo ni ukurondera abafatanya bikorwa bazana imitahe yabo hano mu gihugu cacu, na cane cane mu gisata c'uburimyi n'ubworozi. Mu ntumbero yo gushitsa icifuzo…
Umutima w'urukundo atari uw'ubutunzi niwo wazinduye abarundi bahurikiye muri Diaspora y Uburundi mu Ubushinwa berekeza kugarukira ku bibondo vya ba ntaho nikora vyo mu Gatumba bitari bwaronke ibikoresho…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Diaspora y'abarundi ba Queensland Australia iza iri ku bikogwa bidasanzwe vyo kwigisha imachine za kijambere abarundi bari muri ico gihugu, bamwe baramaze kubimenya mbere bari ku mirimo. Kubwukwo uwo mugambi bamaze…
Ab' amazu y'uburaro, uburiro,ubunwero, n'ubuvyiniro mu gisagara ca Bujumbura ngo boba barayagura, yemwe! bakayasiga agakayangana kuko muri Mukakaro bazogenderwa bikwiye n'ingenzi zivuye ku mpande…
Hoba hari icizere ko urwaruka ruba mu bisagara vya Gitega na Bujumbura rugiye kwogorora, bikaba vyashizwe ahabona na Amb.Albert SHINGIRO umushikiranganji w'Uburundi n'ayandi makungu, mu gihe yari aramutse yugurura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.