Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru…
"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma no gusambura ko bitagikunda muri kino…
"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze…
Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi yaryo.…
Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba ari umunyabigega…
La diaspora burundaise est à la quête de l'agriculture et de l'élevage moderne dans leur patrie. Dans une interview exclusive accordée au journal en ligne indundi, Samuel Ndayiragije chargé du programme "Uburimyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.