Uruhombo rw’ishirahamwe ONATEL mu mwaka 2019, ibiharuro vyerekana ko rugera ku mafaranga imiriyaridi 10 z'amarundi. Ni mu gihe rwagera ku yarenga imiriyaridi 3 mu mwaka wa 2015. Iryo shirahamwe ngo rikaba rifise amadeni…
https://youtu.be/i3GHuGWV-6g Ikiza ca Coronavirus n'aho kitafashe abantu benshi mu Burundi ngo caratumye abakozi n'abakoresha bo mu mashirahamwe atandukanye bagira ingorane. Akarorero ni nko gutakaza ubuzi bwabo…
https://youtu.be/lkBF1oWNjlQ Umuyagankuba udakwiye neza n’ubukene bw’amafaranga mvamakungu ni bimwe mu bibazo amahinguriro yo mu Burundi afise. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe na Olivier Suguru arongoye urunani rw’abafise…
Ce Vendredi le 13 Novembre 2020 ,l'AIB (Association des Industries du Burundi) a fait une conférence de presse sur le lancement officiel de la 3eme Édition du Salon Industriel prévu en dates du 17 au 19 Décembre 2020 à…
Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 10 Munyonyo 2020 niho hatangura kugenderwa ibintu bigurishwa icamunara biheruka gufatwa mu bushikiranganji bw’ubutungane. Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’ubutungane igenekerezo…
Ikibuga c’indege Melchior Ndadaye c'i Bujumbura casubiye kwugururwa icese inyuma y’amezi hafi umunani yari aheze cugawe kubera ikiza ca Coronavirus. Abantu bagera kuri 50 binjiye mu Burundi igihe c’isaha zibiri…
Ivyangombwa vyose ngo birakwiye kugira ikibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura cugururwe. Umugwi ujejwe kugwanya ikiza ca Covid-19 wabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu mu gihe wari…
Abakozi barenga mirongo ibiri b'abanyamahanga bakora mu mashirahamwe arenga ijana na mirongo ibiri nibo vyabonetse ko bakora batagira impusha mu bushikiranganji bw'abakozi n'akazi. Umushikiranganji…
Kuri uno wa gatanu,igenekerezo rya 30 Gitugutu 2020, ikigo kijejwe gutororokanya amatagisi n'amakori OBR catunganije inyigisho zo kwigisha abadandaza b’abapfasoni kumenya ukuntu bokorana n’ico kigo mu ntumbero yo…
Imiriyaridi zirenga 1000 z'amafaranga y'amarundi niyo yatojwe n'ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi OBR mu mwaka wa 2019 ushira uwa 2020. Ni mu gihe cari citeze gutoza imiriyaridi 908. Ivyo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.