Abashingamateka bakoraniye kuri uyu wa kane mu ngoro yabo mu kigobe aho bari baramutse biga integuro isubiramwo itegeko rigenga inyigisho za Kaminuza. Igihe yariko arasigura iryo tegeko, umushikiranganji w'indero…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 7 Nyakanga umwaka w'2020, umushikiranganji w'indero Gaspard Banyankimbona yari yaramutse yugurura icese umwaka w'ishure w'2020 ushira uw'2021 hamwe…
Mu gihe hano mu gihugu cacu hacibonekeza ikibazo c'uburaro bwiza ndetse n'ubuhari bukaba budashemeye kandi butajanye n'ibihe tugezemwo, na cane cane ivyo bikibonekeza mu ma karitiye ahanamiye ibisagara vya…
Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje inyifato y'umuntu, maze bayigereranya…
Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati ari hagati y'izo…
"Ukwigisha ibijanye n'ubuhinga bwa none no gutumatumanako amakuru mu mashure bifasha igihugu gushika kw’iterambere. Ubwo buhinga bufasha kandi umunyeshure gutera imbere mu bumenyi bukanatuma umwigisha nawe akarisha…
Abigisha babiri baheruka guhagarikwa n’igiporisi c’Uburundi kijejwe gukingira abana n‘imico bagirizwa gufata ku nguvu abarerwa babo. Nk’uko bishikirizwa na Moïse Nkurunziza, icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji…
Abahoze ari abanyeshure ba kaminuza y'Uburundi batararonswa impapuro z'umutsindo zemejwe n'amategeko ngo borema kuko igikorwa co kuzemeza kigiye gutangura mu minsi ya vuba. Umuyobozi wa kaminuza y’Uburundi…
Ishirahamwe ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya leta OLUCOME ribona ko amafaranga agera hafi k’umuliyalidi w’amafaranga y’amarundi yegeranijwe n’urunani rwa masendika y’abigisha COSESONA akuwe ku…
Umugwi wigenga w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH umenyesha ko abanywanyi 3 b'amashirahamwe y'abigisha SYGEPEBU, na CEPEDUC, bahora bapfunzwe barekuwe kuri uyu wa kabiri wraye uheze,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.