Ikiringo c'iminsi ibiri cari gitegekanijwe ku bijanye na rusansuma y'abakozi congerejwe gushika hafashwe izindi ngingo. Urwo rusansuma rwari rwatanguye kuri uyu wa mbere. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri…
Inanga, ikembe, n'umuduri ni bimwe mu bikoresho vyo gucuraranga vy’aho hambere hahise, nubwo ubu bisa nkaho bitagikoreshwa cane kubera ibikoresho vy'ubuhinga bwa none. Umuduri wakundwa kuvuzwa n'abungere iyo…
Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo ni ingingo iherutse gufatwa…
Ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bwuguruye imiryango ku bipfuza kubonana n'umushikiranganji aburamutswa. Nk’uko biri mw’itangazo bwaraye bushize ahabona kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 19 Gitugutu…
Abajejwe ubutungane basabwa guhana hisunzwe amategeko abarezi bagoba izo baragiye. Abavyeyi nabo bahamagarirwa kubera abana babo akarorero keza mu nyifato, imico n'imigenzo. Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu…
Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure inyuma y'amezi arenga indwi yugawe kubera ikiza ca koronavirisi. Abanyeshuri biga mu myaka ya nyuma y’amashuri akora ibibazo vya Reta mu bice bitandukanye, nibo bemerewe…
Inyuma y'imyaka itandatu irangiye Reta y’Uburundi itanguje umugambi w’amashure-shingiro mu ntumbero yo kwongereza akanovera k'inyigisho, ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bufadikanije…
Umushikiranganji w’indero, inyigisho za Kaminuza n’ubushakashatsi afise amakenga ko mu gihe atacohindurwa ibintu bishobora kuyangara muri Kaminuza y’Uburundi. Nk’uko bibonekera mu rwandiko aheruka kwandikira umushikiranganji…
Kirazira kikaziririzwa ko umunyeshure yiga mu mashure y’intango ko ashobora kwiga incuro zitatu mw’ishure rimwe (triplement), kiretse hari insiguro ziboneka ziheza zigahurizwako n’abajejwe iryo shure bose (jury). Ivyo ni…
Umugera wa Corona warahungabanije inyigisho mu mashure ya kaminuza ngo kuko hakiri abigisha benshi bacugaraniwe mu makungu. Ivyo ni ibishikirizwa n’Umuyobozi wa kaminuza y'Uburundi akaba yabishikirije kuri uyu wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.