Le représentant résident du Fonds des Nations Unies pour l'enfance au Burundi, Jeremy Hopkins, a félicité le gouvernement burundais pour les progrès remarquables déjà marqués dans la protection des droits de…
Mu gitabo " Rich Dad, Poor Dad" canditswe na Robert T. Kiyosaki aributsa ikintu gikomeye, Burya mw'ishure baratwigishije ibintu vyinshi yamara ntibigeze batwigisha uko twotunga, uko twoba aba nyamafaranga,…
Uburyohe bw'isi n'ibiyikomokako, akayaga n 'ibiyaga, ,ivyiza Imana yatugabiye, ni kimwe mu bitumwa igihugu c'Uburundi gihurumbirwa. Abahinga batari bake baremeza ko igihugu c'Uburundi ari nkahamwe…
Inyuma y'igitabo yise " Ivyara ntirigoye nko kurera" umukozi w'Imana Nihorimbere Leonidas yahavuye ashira ahabona igitabu kirata u Burundi aho yerekana ibintu bigera kw'ijana vyotuma umuntu agendera…
https://youtu.be/ZNsHuPaXnIs
Abantu bagera kw'193 bagizwe n’abana 139 hamwe n’abakuze 54 nibo basubijwe mu miryango yabo n’ubushikiranganji bw’agateka ka zina muntu,imibano hamwe n’iterambere ridakumira inyuma yo gukurwa mu mabarabara mu gisagara…
Dufatiye ku mamuko ijambo "Babylone" ni izina rya kera ry'igisagara Mesopotamie kiri mu bumanuko bwa Bagdad muri Irak. None yoba ari iyihe mvo iryo zina ryahavuye ryitwa umuntu canke umurwi…
Ubu nta nkeka ko wamaze guhitamwo ico uzoba uri mu myaka iri hagati ya 5 na 7. Nta nkeka ko umaze kwama ufata iminota 30 ku musi ugerageza kubona isanamu y'ico uzoba uri, amafaranga uzoba ufise, ibiro uzoba ufise, uko…
Abanyeshure bariko bariga igice ca kabiri c'amashure nshingiro y'abigenga batatoye ikibazo c'umwaka w'icenda ngo boba barakinjura bakaja mu mashure y'imyuga kuko ata mpamyabushobozi bazoronswa. Kuri uno wa gatatu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.