https://www.youtube.com/watch?v=AqByZ8-E9xM Mt Number one ngo nta mugambi afise wo gukorana indirimbo n’umuririmvyi akomeye hano iwacu, ahubwo ngo abaririmvyi bamwe bamwe bakiri hasi nobo bariko barashaka gukorana nawe muri…
https://www.youtube.com/watch?v=KdulMBlZ6y0 Karim Babel umuririmvyi w’Umurundi aheruka kwitaba Imana, yasize umwana w’umukobwa afise 5, uwo mwana akaba asanzwe abana na nyina. Nkuko vyashikirijwe n’uwo muvyeyi ngo uwo mwana…
https://www.youtube.com/watch?v=Uz5auteZpsI Inyuma y’indirimbo yakoranye n’umuririmvyi w’umunya Kenya, Femi One, igiteramo kiriko kirategurwa ngo bikunde uwo muririmvyikazi w’umunya Kenya azoteramishe abarundi mu misi ya…
https://www.youtube.com/watch?v=k2FKEGxodV0 Stikk n’agashavu kenshi ngo Abanyamahanga barabona ingabire n’ubuhinga bw’abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n’urukoroka baba…
Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n’ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona…
Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk'abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.…
Mu gihe haheze iminsi mike imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona yitavye Imana ku myaka 60 ihitanywe n'ihagarara ry'umutima ryabaye igenekerezo rya 25 munyonyo 2020, iyo ntwari yoba…
Haraheze imyaka itatu, ihiganwa ry'umwigeme aserukira igihugu c'Uburundi ariwe Miss Burundi rihagaritswe ,aho no mu mwaka uheze ritashoboye gutunganywa neza nubwo ryari ryasubiye gutanguzwa. Umugwizatunga Sultan…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.