Mu ntumbero yo kurwanya igwirirkana ry’ikiza ca koronavirisi, ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura bumenyesha ko kuva ubu, kwambara agapfukamunwa ari itegeko ku muntu wese aja gusaba ijambo. Biri mu rwandiko rwasohowe na…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana arabeshuza amakuru amaze imisi aca ku mbuga ngurukana bumenyi. Agira ati “Barabesha, udufukamunwa nta migera ya koronavirisi turimwo”.…
Mu mpera z’iyi ndwi turangije, abandi bantu ijana ngo nibo bashoboye gutorwa ko banduye umugera wa korona, bakaba batowe mu bagera 5300 bapimwe kubera babonanye na bamwe 40 baheruka kuyitorwako. Thaddée Ndikumana,…
Ikiringo cahora gihabwa abavuye hanze y’igihugu mu ntumbero yo kubasuzuma ko ata mugera wa coronavirus boba binjiye bafise congerejweko imisi ine. Nk’uko bishikirizwa na Thaddée Ndikumana, umushikiranganji ajejwe…
Abantu bagera ku 40 bashasha nibo bamenyekanye ko banduye umugera wa covid-19 mu misi ibiri iheze. Ivyo ni ibiri mw’itangazo ryasohowe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2020, n’ubushikiranganji bujejwe kubungabunga…
Ubashikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bufadikanyije n’ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi bari mwisekeza ryo guhamagarira abantu kwipimisha ingwara z’igisukari hamwe na Hypertension…
Mu gihe urucanco rwa Covid-19 rwari rurindiranywe igishika rwatanguye gutangwa , bimaze kuboneka ko rudashobora kuronswa abantu bose na cane cane abavyeyi bibungenze n'abasanzwe bonsa abana. Mu bantu bakoreweko…
Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2020 , neza na neza mu mango y'isaha zitanu , ingoro y'igihugu c'ubufaransa Elysée niho yamenyesha isi yose ko umukuru w'igihugu Emmanuel Macron ahejeje…
Haraheze iminsi ikigo Pfizer na BioNtech c'ubudagi na Amerika gitanguye gukoresha incanco cakoze zikingira ikiza Corona Virus. Margaret Keenan akaba ari umukecuru w'umwongerezakazi w'imyaka 90 yabaye uwambere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.