Amakuru indundi Sports ihejeje kuronka muri kano kanya n’uko umugwi Aigle Noire The Fighters umaze kwerekeza mu gihugu ca Tanzania mu gisagara ca Harusha. Amatwi adusumira n’uko uwo mugwi woba witabiriye ubutumwa warungikiwe…
Umusatirizi w'umugwi w'abafaransa PSG, akomoka muri Bresil, Neymar ngo amafaranga uwo mugwi wamutanzeko waramaze kuyunguka. Imiliyoni zirenga 448 z'amafaranga ya buraya niyo ngo uwo mugwi wasohoye kuri uwo…
Inyuma y'aho Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu c’Uburundi ashikirije ijambo avuga y’uko Francine Niyonsaba aserukira Uburundi mu mahiganwa mpuzamakungu akwiye kwitabwaho gusumba kubera aba yaserukiye igihugu akinjiza…
Inyuma yo kwifatira ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Prefontaine mu misi iheze ryariko ribera muri America , umunonotsikazi w’umurundi Francine Niyonsaba yasubiye kandi gufata ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Myandagaro 2021 mu masaha yo mugatondo niho umugwi w’abigeme PVP Buyenzi ari nawo watwaye ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu bigeme ryo muri uno mwaka wa 2021, wurira indege werekeza mu…
Inyuma yo kwandika amateka adasanzwe mu gufata ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Prefontaine riheruka ryariko ribera muri reta zunze ubumwe za America Francine Niyonsaba yahavuye kandi abandaniriza urugendo mu gihugu…
Kuva ihiganwa rya Primus League ritangura umunyegori ntayegayezwa w’umugwi Messager Ngozi ntaraboneka mu kibuga. Imbere y’uko ihiganwa ritangura vyari vyavuzwe y’uko Rukundo Onesime adashobora kuboneka yambaye umwambaro wa…
Umukinyi wo hagati yari yahamagawe kwitegurira Cecafa -23 co kimwe n’abandi Nukuri Alex-Jeremie yagizwe kizigenza wa Academy asanzwe akinamwo yitwa Tuks University of Pretoria. Nukuri Alex- Jeremie kuva aho aviriye mu Burundi…
Urukurukuru niyo nkuru , umugwi Geita Gold Fc waraye uhaye amasezerano Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije . Ndayiragije yamenyereje umugwi wa Vital’o Fc na LLBS4A hano mu Burundi yashize umukono kumasezerano…
Igurwa rya Lionel Messi ntiryateye umunezero abafana b’uwo murwi na Kigali gusa, ariko ngo uwo munezero waranashikiriye abanyamerika barimwo Michael Jordan amaze guhomba amafaranga atari make kubera ikiza ca Covid 19 catumye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.