footballhomepagekirundikirundi_Sports

Umumenyereza wa BUMAMURU Alain Olivier Niyungeko n’abakinyi 3 ba Flambeau du Centre bahanywe na FFB

Akanama kajejwe indero mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muburundi FFB kafatiye ibihako umumenyereza wa Bumamuru Fc Alain Olivier Niyungeko.

Alain Olivier Niyungeko ( Mutombola ) yahanishijwe n’ako kanama kutamenyereza inkino 4 za Primus League 2023-2024 hamwe n’ihadabu ry’ibihumbi 400 ( 400.000fbu). Imvo yatumye afatirwa ibihano n’uko mu rukino rw’indwi ya 18 rwa Primus League rwahuje Bumamuru Fc hamwe na Vital’o Fc rwari rwabaye igenekerezo rya 28 Nzero 2024 i Buganda muntara ya Cibitoke , inyuma y’urukino yahatswe gukubita umuhagarikizi amuziza iminota yoba atongeye.

Urwo rukino Vital’o Fc ikaba yaratsinze umugwi Bumamuru Fc igitsindo 1-0.
Murukinorwindwi ya 21, Mutombola ntiyabonetse mu rukiko rwahuje Messager Ngozi hamwe na Bumamuru Fc , aho Messager Ngozi yatsinze ibitsindo 2-0..

*[ none mbega mutombola harico aravuga kurico gihano nivyo yagirizwa?]*

Abandi bahawe ibihano na FFB , ni

What's your reaction?

Related Posts

1 of 885