Inyuma yaho Kern itsindiye umurwi wa Dynamo mu nkino zitatu ziheruka ari navyo vyatumye uwo murwi utwara igikombe ca play off . Ni muri iyo ntumbero uwo mukinyi aheruka kwigenza neza mu mahiganwa aheruka kurangira ya play off…
Sénegali yamukamwo Sadio Maney , Mali yamukamwo Mussa Mariga , Uburundi bwamukamwo Saido Berahino , Républic Centrafrique yamukamwo Condorbia, ivyo bihugu vyompi vyankiwe na CAF kwakira inkino zo kurondera itike ryo…
Umushikiranganji w’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu amahinguriro n’ingenzi Immaculée Ndabaneze yakombowe mu mabanga kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021. Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu…
Amadosiye yababa 250 y'abashaka gucukura ubutare mu Burundi yarizwe n'ubushikiranganji bw'amazi, ubutare n'agataka mu gice ca gatatu c'umwaka w’2020 ushira uw’2021 Bishikirizwa n’umushikiranganji…
Urunani mpuzamasendika COSYBU, rusaba Reta y’Uburundi gushiraho amategeko mperekeza y’umugambi wo gushigikira abakukuruke. Biri mw’ijambo uwurongoye urwo runani mpuzamasendika Célestin Nsavyimana yashikiririje i Buganda mu…
kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2021 , Isaha indwi n’igice 13h30 niho Umugwi Bs Dynamik wari wakiriye umugwi Kayanza United wo mu kayanza mu rukino rw’indwi ya 27 rwa Primus…
kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 01 Rusama 2021 , Isaha zitandatu n’igice 12h30 , niho ihiganwa ryo mu gihugu c’Urwanda ryatangura icese . Umugwi Rutsiro Fc ukinamwo Abakinyi babiri b’abarundi aribo Ndarusanze…
kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 01 Rusama 2021 , isaha zine zo mugitondo ku kibuga ca Sesinga kiri mu Ngagara , ihiganwa ryo mu cicaro ca 4 muri komine Ntahangwa ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 4 . Umugwi…
Abakora imibonano Mpuzabitsina ngo bariyongereye muri aya mezi 3 ya mbere y’umwaka wa 2021 nkuko ikigo gihingura udukingirizo “DUTEX” kibimenyesha. Ivyo bakaba babivuga bafatiye kuko ibicuruzwa vyabo vy’uwu mwaka…
Umugwi Kayanza United wo mu ntara ya Kayanza waraye utsinze igitsindo 1-0 umugwi Bs Dynamik mu rukino rw’indwi ya 27 rwa Primus league ivyatumye uwo mugwi ubadanya wiyongereza amahirwe yo gutwara igikombe ca Primus league co…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.