Abanje kwerekana iyo ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi baba ku mugabane wa America BDUSA yarivanye naho yarishikanye , Samuel Ndayiragije yahavuye yifatira ingingo yo gukinjura mu matora. Ingingo itakiriwe kumwe n’abanywanyi…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Aba Diaspora ngo baragisibije hano I Bujumbura muri ino misi, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu ncuti z’abafise abakunzi muri abo barundi baba hakurya y’amazi. Ivyo bikaba bivugwa…
https://www.youtube.com/watch?v=utO5s7zBLFg Kuba yarinjiye mu masanamu y’indirimbo ya Sat-b, ngo vyatumye Komanda asa nk’uwubaye igicibwa mu mugwi w’abahabwa ibiraka bitandukanye n’umuririmvyi bahanganye, Big Fizzo. Umukinyi…
https://www.youtube.com/watch?v=o-I4-KaI0tI Ubugeni bwa Nziza Desire buheruka gukorerwa hano iwacu ngo bwamutwaye amafaranga Atari make. Uwo muririmvyi akaba n’umwanditsi wa “Rukundo Virus”, yatanze impamvu bwakozwe…
Ubashikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bufadikanyije n’ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi bari mwisekeza ryo guhamagarira abantu kwipimisha ingwara z’igisukari hamwe na Hypertension…
Mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 23 Kigarama 2020, ubwo bushikiranganji bumenyesha ko bwongeye abarimyi ikiringo co kuriha amafaranga…
Mu gihe urucanco rwa Covid-19 rwari rurindiranywe igishika rwatanguye gutangwa , bimaze kuboneka ko rudashobora kuronswa abantu bose na cane cane abavyeyi bibungenze n'abasanzwe bonsa abana. Mu bantu bakoreweko…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 23 Kigarama 2020, ubushikiranganji bw’ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi mu gisata c’ukwunguruza abantu n’ibintu bwaramutse bukoresha inama abakorera muri ico gisata hamwe…
Ku mugabane wa Buraya, ibihugu bitari bike vyatanguye gutanga incanco ku batari bake mu bene gihugu basanzwe baba muri ivyo bihugu. Hakaba hari abatari bake bamaze kwakira izo ncanco kugira barabe ko ubuzima bwa misi…
Umushikiranganji w'Ubudandaji Immaculée Ndabaneze aragabisha ubwa nyuma abikika mu kiza mu kuduza ibiciro vy’isima. Abicishije mw’itangazo yashize ahabona kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 21 Kigarama 2020,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.