Ibituro vy’ibitoro 7 kuri 31 biri mu gisagara ca Bujumbura ngo bitanga igitoro kidakwiye. Ivyo ni ibiri mw’itangazo umuyobozi ajejwe ibitoro mu bushikiranganji bw’ubutare n’agataka yasohoye ku muhingamo wo kuri uyu wa…
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yateye iteka ibirori vy’ukwugurura ingoro nshasha y’umugambwe CNDD-FDD yubatswe n’abanyakayanza ku murwa mukuru w’intara ya…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Umushikiranganji ajejwe itumatumanako ry’amakuru aragabisha abakozi bakorera muri posita y’Uburundi ku bijanye n’ubunyonyezi buvugwayo ko bagiye guhagurukirwa. Marie Chantal Nijimbere ahamagarira umwe wese mu bakora muri ico…
Kuri uyu wakane waraye uheze, igenekerezo rya 8 Gitugutu 2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu n’ukurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yaratanze icegeranyo c'isekeza " Ndakira, sinandura…
Reta y’Uburundi isaba abaserukira ibihugu vyabo hamwe mu Burundi hamwe n’amashami y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi kugira ico bakoze kugira Uburundi bukurwe ku rutonde rw’ibihugu vyama vyigwa na ONU. Ako ni akamo…
Isekeza ryari rimaze amezi atatu ngo ryagenze neza kuko abantu bari banduye umugera wa Corona bakize. Ivyo ni ibishikirizwa n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, aho amenyesha ariko ko bikwiye ko urugamba…
Baciye ku rubuga rwayo rwa Twitter " The Nobel Prise" ,kuri uyu wa gatanu , comité ya Nobel y'i Norvège yashikirije agashimwe k'amahoro "Prix Nobel de la Paix " ishirahamwe PAM ku bwo kwitanga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.