https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Iyindi ndirimbo izokurikira indirimbo Show me iheruka gushirwa ahabona ngo ni nko mu kwezi kw'9, Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga mu kiyago yagiranye na…
Amakenga,n'ibibazo vyinshi nivyo vyatumye indongozi za Diaspora zitanga umuco, abenshi bakunze kwibaza ibibazo nka: Mbega Diaspora y'Uburundi irabaho?, Yoba ijamwo bande?,N'ibihe bikorwa ijejwe?Hoho ntiyoba ari…
Mu kiyago Aimable Tayaya aheruka gutanga, yamenyesheje ko abarundikazi bakina neza mu gihe c'ugukora amasanamu ngo ari bake cane. Umwe muribo ngo ni Divine, mwenenyina wa Natacha, we basanzwe bari bamaze gukorana…
Uwutaye akaranga aba ataye akabanga,nayo ngo igihugu kitagira umuco kiba gisa nk'icapfuye, Omer Nzoyisaba amenyesha ko ingoma ari umuco w'Uburundi kandi ukwiye kwubahwa. Kuvuza ingoma ni kimwe mu biranga umuco…
Kuja hamwe, gufashanya, gukundana, gushigikirana, nizo mpanuro zahuriweko n'indongozi za Diaspora y'u Burundi kumwe n'umukenyezi Nanette Ninihazwe. Mu kiganiro indongozi za Diaspora zakoranye n'indongozi…
Mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru, umukuru w'ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw'ibarabara ry'indaraye, VITRACO (Vision Taransport…
Umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yatwaye Primus League yavuze urutonde rw'abakinyi 11 kuriwe abona y'uko bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019-2020. Ari kuri Micro ya…
Ku wohava agira ubwoba ko yomutwara umugore kubera amajambo aryohera ugutwi avuga, ngo n'ahumure ntibizoba kandi ntivyanahabaye kuko ngo abantu bari kuba baravyumvise. Mu kiyago na Ami Pro, hampande yo kuvuga ku…
https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.