King Platini umwe mu baririmvyi ndundi bamaze igihe asa n'uwutariko araboneka mu muziki, yavuze ibituma uno musi atabasha kuboneka cane mu muziki. Mu kiganiro na Amanda yavuze ko uno musi ikimutwaye umwanya gusumba ngo…
Imbere ni heza, kandi ibihe ni vyiza, Masezerano asaba abaririmvyi ko bomenya ko ico basabwa ari ukuba inyishu ku buzima bw'abantu igikenewe ngo ni ukuba abazigirwa ibisigaye birikora. Imana niyo yonyene ica inzira aho…
Nk’uko biri mw’itangazo ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwashize ahabona kuri uno wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, abantu bashasha 26 bamenyekanye ko ngo banduye umugera wa…
Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira mumuryango Wa Bantu Bwoy. Abicishije mukiganiro yakoranye na…
https://youtu.be/srPUgTbaNV8 Kassim Majaliwa, umushikiranganji wa mbere wa Tanzaniya yagarutse ku bikorwa vyaranguwe na Perezida Nkurunziza, cane cane mu kuvukanisha ibi bihugu bibiri. Yagarutse ahanini ku gikorwa yagiye…
https://youtu.be/Efyy4RRIXqc Umupfasoni Denise Nkurunziza asizwe n’umuhisi Perezida Pierre Nkurunziza yahoze arongoye Uburundi yagize inkomezi zo kuvuga ijambo mu kumusezera ubwa nyuma mu kibuga Ingoma c'i Gitega, avuga…
Umunyegori wa Messager Ngozi iherutse gutahukana igikombe ca Primus league Burundi umwaka wa 2019 ushira 2020 Rukundo Onesime niwe amaze kumenyekana ko yabaye umunyegori mwiza yaranze ihiganwa. Mu nkino 30 , Messager Ngozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.