Igihe ni kinini cane umuririmvyi BainTuro ataboneka cane mubikorwa vyo gusohora indirimbo nkuko vyahoze ataraja muri Label vyatumye benshi babibona nk'uruhombo kuri uwo muririmvyi.Bain Turo we agira gute inyuma yo!-->…
Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w'Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije kundwi ya 10, uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi wa Telaviv watsinze…
"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze…
Chris Biz ngo kudandaza vyamutumye uno musi naho ata mu Manager afise abasha kubandanya umuziki kuko ashoboye gushika kuri ino saha kwirihira indirimbo, yaba Video canke Audio. Mu kiganiro na Ami Pro, Chris avuga ko uno musi…
Ismail gasore ngo ntibikunda ko umuntu atwenza abantu agenda kuri Stage atabanje gutegura ico ashikiriza abantu baje kumuraba, ariko ngo iyo vyanse niho acishamwo ivyo aba atateguye. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu…
Akoresheje urubuga rwa facebook, Preeze 36 yipfurije umuvyeyi wiwe kuruhuka amahoro, kuko iyo nararibonye yasezeye ino si y’abazima. Emile wenga yahoze ari umuyobozi w’ubuhinga mu nsamirizi y’igihugu “RTNB”, akaba kandi umwe…
Umuririmvyi Nimbana Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo hari igikorwa gishasha kiriko kirategurwa kizoshirwa ahabona mu misi iza. Ivyo akaba yabishikirije ku musi w’ejo ku rubuga rwiwe Instagram. Kuri urwo rubuga akaba…
Kuba bugabo bwigaba,agakengere, kutubaha abavyeyi ndetse no guhangamaso ivyo abavyeyi babiriye akuya ni bimwe bituma imisore yo muri ino myaka itava kuziko ngo ije guhiga ubuzima bwite. Ivyo ni vyago dusanga mu magorwa…
Abagize umugwi Runtown Dj bavuga ko guta umwikomo kuba Dj ngo ntibavuza umuziki ndundi, atariwo muti, ahubwo umuti ngo n’ugushira hamwe inguvu kugira ejo hazobe heza, kuri bose. Nayahandi Dj phylbert ngo kutavuza umuziki…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.