Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Munyonyo 2019 igihe c'isaha zitatu z'agatondo (9h00) niho ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain…
Inyuma y’indirimbo Impa yakoranye na Tom Close akaba arinayo ariko aramenyekanisha kumasamirizi n’imboneshakure zitandukanye zisazwe ziri i Kigali mu Rwanda, Hayakuhusu niyo igiye kuzosohoka mumisi. I Kigali mu Rwanda B-Face…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Gitugutu 2019 isaha 18h00 niho umugwi Chipa United usanzwe ukinamwo umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic wari wakiriye umugwi Kaizer Chief mu…
Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au Burundi « ACOPA-BURUNDI » na Union des Artistes du…
Mu gihe umumenyeshamakuru akoze ikosa ashobora guhanwa n’amategeko y’igihugu atandukanye yaba amategeko mpanavyaha canke amategeko agenga umwuga wo kumenyesha amakuru. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru umukuru w’urwego CNC…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 05 Gitugutu 2019 niho ku rubuga ngurukanabumenyi bwa Facebook rw'iradio Eagle Sport Time handitswe y'uko ku musi w'Imana ku muhingamo niho umukinyi yahora…
Igisagara ca Bujumbura kigiye kwakira ku ncuro ya kabiri isango rikomeye ryo gutwenza bita «Buja Lol» kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 munyoyo 2019, aho hazohurira abatwenzi (Comédiens) bava mu bihugu bitandukanye vya…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Munyonyo2019 niho umuririmvyi Sat-B yandika ku rubuga rwiwe rwa Twitter aho yanditse akoresheje amajambo abenshi batagiye bayatahura kumwe mukuyahurizako bivanye n'uko uwo…
Ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI, ribicishije ku kinyobwa Primus, ryaratanguje kuri uyu w’Imana uheze igenekerezo rya 03 munyonyo 2019, ihiganwa ry’abakunzi b’imirwi (FANS) yose iri mucicaro c’ambere « Primus Ligue »…
Inyuma y'aho umugwi Kayanza United asanzwe akinamwo utsindiye umugwi Aigle Noir ibitsindo 2-1, umukinyi w'umusatirizi wa Kayanza United Landry Ndikumana benshi bazi kw'izina rya Dro yaciye afata indege…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.