Ku musi wa kabiri uheze igenekerezo rya 1 Gitugutu umwaka wa 2019, niho hashingwa comité nshasha igiye gutwara Inter Star inyuma y'imyaka ibiri uyo mugwi ubaho utagira Comité nkuko vyashikirijwe n'uwusanzwe atwara…
Hari impari ku mbuga ngurukanabumenyi ndetse hakanajamwo no gutukana mu bakunzi simpemuka ba Mkombozi, kumwe n'abanyotewe ibikorwa vyiwe. Bamwe bati uwo aracafise ivyo ashikiriza, ubukene bumukubitiye i kigali mu Rwanda…
Ibanki y’urwaruka igiye gutanguzwa mu misi ya vuba, ikazoba ifise ibisata bitandukanye harimwo ibijanye n’ugushigikira imigambi y’iterambere itunganijwe n’urwaruka hakurikijwe ko bari mu mashirahamwe canke mu makoperative…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 2 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji wo gufatana munda yatanze imfashanyo ku miryango ya bantahonikora bari mu mazone ashika kuri atatu yo mu ntara ya Ngozi. Iyo mfashanyo igizwe…
Mw’ijambo ryiwe ryamaze iminota mirongo itatu, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Ezechiel Nibigira yari yaserukiye Reta y’Uburundi mw’ikoraniro kaminuza rya ONU rigira 74, yamenyesheje abari aho…
Papa Francis wa mbere aranegura ibihugu bigurisha ibigwanisho kw’isi ariko bikanka kwakira impunzi zihungiye mu bihugu vyabo mu gihe bimwe mu bituma izo mpunzi zihunga ari intambara zivyo bigwanisho biba vyagurishije. Ivyo…
Nk'uko tubikura rero ku kinyamakuru c'iradiyo y'Igihugu RTNB, ejo ku musi wa mbere igenekerezo rya 30/09/2019 niho umupfasoni w'umukuru w'Igihugu yari aramutse yakirwa mu ngoro nshasha NTARE Rushatsi…
Mu gitabo canditswe n'umwanditsi akaba n'umurwizatunga akomeye yitwa Brian Tracy wo muri Amerika, citwa " The power of self-discipline"akumenyesha ko ugutera imbere mu bisanzwe kitari ikintu kigoye…
Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nyakanga umwaka wa 2019, ihiganwa rya Primus ligue ryarabandanije ku ndwi igira umunani, urukino rwari rwitezwe n'abantu benshi ni urwahuje umugwi Messeger Ngozi hamwe…
Inyuma yo kumara imisi itari mike ata mugwi afise kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 30 Nyakanga umwanka wa 2019 , Moussa Omar asanzwe akina inyuma mu mugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba yaguzwe mu mugwi Police…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.