https://www.youtube.com/watch?v=i5u5GLTjnto
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko batazira Mutombora yamaze gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Tanzania, urukino rutegekanijwe…
Mr Nimba ni umwe mubantu bafise impano yo gutwenza abantu "comedien" mu ntara ya Muyinga, aratwiganira ingene yamenye ko afise iyo mpano. "Je kuva ngitangura guca ubwenge narabona ko mfise impano yo kunezereza…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 07 Nyakanga umwaka wa 2019, ighe c'isaha icumi 16h mu masaha ya Tanzania niho umugwi nserukira gihugu w'Uburundi intamba mu rugamba wakora imyimenyerezo ya nyuma yo kwitegurira…
Nk’uko bishikirizwa na bamwe mu ndongozi z’ishirahamwe ry’abarundi bose baba muri Reta zunze ubumwe za Amerika, BDUSA mu mpfunyapfunyo y’ururimi rw’icongereza (Burundian Diaspora in USA), iryo shirahamwe ngo riherutse kubura…
Inkino zitegekanijwe kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 7 Nyakanga umwaka w'2019 mw’ihiganwa ry’igikombe Primus Ligue ry’umwaka w’2019 ushira uw'2020 ni inkino zishika indwi. Murizo hakaba harimwo ururiko…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 6 Nyakanga umwaka w'2019, abarundi bangana n'520 nibo baraye bakiriwe bahungutse bavuye mu nkambi y'impunzi y'i Nyarugusu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya,…
Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n'urukundo rw'umuhungu n'umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye. The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo, ivyo…
Ngitangura wamengo ndiko ndafyina ubu ndamaze kubona ivyamwa. Ni Ibrahim Ismail azwi kw'izina ry'ubuhizi "Ic'Uburundi", umwe mubarundi bariko baritwara neza mu bikorwa vy'ugukina amareresi…
Kuri uyu wa kane waraye uheze, igenekerezo rya 5 Nyakanga umwaka w'2019 niho hamenyekana urupfu rw'uwahoze akina amareresi mu gihuhu kibanyi c'Urwanda Denis Nsanzamahoro. Umuhisi Nsanzamahoro akaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.