Kur’uyu wa 30 Myandagaro 2019 niho hari hatunganijwe igiteramo citiriwe "Hip Hop Day" categuwe na "Rockstone Kingdom" kimwe mubiteramo bike vyashobora guhuza abaririmvyi basanzwe bakora umudiho wa RAP.…
https://youtu.be/h-xNLM5Y2_Q
Mu majambo Kirikou yakoresheje mu kuvuga B Face ngo harimwo ubwoba, kuko ntiyamudisinze nkuko abandi ba rappeur babikora. Girukwishaka Boniface benshi bazi nka B Face yarakebuye umuririmvyi Kirikou ko yamuvuze mu buryo ngo…
Kuba Christiano na Messi batakiri kumwe mw'ihiganwa rimwe, Christiano yerekanye ko afise kinini yahomvye. Christiano aremeza ko hagati yiwe na Messi hari imigenderanire myiza cane, naho batarabasha gusangirira hamwe na…
Hari nk'isaha icumi n'imwe n'igice z'umgoroba (17h30) aho umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue akinira umugwi wa Atlanta United muri America yashika ku kibuga…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 ku mbuga ngurukanabumenyi hiriwe harakwiragizwa ifoto y'umukinyi w'umusatirizi w''intamba mu rugamba Mavugo Laudit arikumwe na bakinyi…
Mu gihe hasigaye imisi itarenga 4 gusa kugira Intamba mu rugamba zitane mu mitwe na Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira inkino z'igikombe c'isi kizobera muri Qatar mu mwaka wa…
Tanasha nawe yahambije Zarinah Hassan mu kuvuga ko Diamond abandanije aja mu bandi bagore, azovavanura nawe. Tanasha yihindukije mw'ijambo, aho ubu naho avuga ko ata gahunda afise yo kugumana na Diamond mu gihe yoja mu…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 Myandagaro(08) umwaka wa 2019 Intamba mu rugamba zabandanije imyimenyerezo yo kwitegurira umigwi nserukira guhugu ca Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo…
Imyiteguro irashushe England kuri Nziza Desire na bagenziwe. Mu gihe hitezwe igiteramo kidasanzwe ku muririmvyi Nziza, akuya niko gatemba ku mubiri, nayo ibikorwa bikaba ariyo mbarutso yako. Desire akaba atashimye kuba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.