Big fizzo ngo naho aryohererwa ugutera imbere kw'abaririmvyi ndundi, buri gihe yama ari maso ntihagire uwumutwara ikibanza arimwo. Ukugenda akebaguzwa araba hirya no hino ni kimwe mu bituma agumana ikibanza amazemwo…
Ukutabona kumwe umuderi w'ubusage kw'abantu ni kimwe muvyabuza Adjobalove kubona ifaranga. Mu myaka iheze babonye umuntu afise ubusage (Dreadlocks)yafatwa nk'umunywa rumogi ndetse…
Umugwi w'intamba mu rugamba w'abakinyi bakina hano iwacu waraye usezereye umugwi wa Sudani y'epfo . Hari kuri uyu w'imana waraye uheze igenekerezo rya 04 isaha icenda 15h00 ku kibuga ca KCCA Stadium kiri…
Monna ngo s’umu Slay queen nkuko abantu bovyibaza, igituma ngo nuko we ivyo afise atabihabwa n’abagabo. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, Monna avuga ko ubu Slay Queen bamwagiriza ataribwo, igituma ngo nuko…
Big Fizzo ntabona kumwe n’abandi ikivurwa nk’ikibazo hagati yiwe na Sat-b. Big Fizzo ngo nta kibazo yigeze agiriranira na Sat-b kandi nta n’ico azigera agiriranira n’abaririmvyi b’abarundi, ivyo n’ivyo aheruka kuvugira ku…
Umugwi Aigle Noir Fc uhejeje kwirahira Rukinzo Fc mu gikombe ca Super Cup. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 03 Myandagaro isaha icenda 15h00 ku kibuga c'Ingoma kiri i Gitega ku murwa mukuru wa Poritikw aho…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi Valentin Delanys yahagaritse amazerano yari afitaniye n'umugwi wa RWDM Brussels ukina mu cicaro ca gatatu mu Bubirigi. Ku kumakuru twakuye ku rubuga Facebook rw'umugwi…
Ubuhinga bwo gutsinda ibitsindo yakoresha igihe yakina muri Aigle Noir nibwo ariko arerekana muri Atlanta United . Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 02 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umugwi Atlanta United wo…
Bamwe muba Paparazzi muri Tanzania bemeza ko Diamond asohokana n'umukobwa w'umu Tanzaniyakazi, ariko We akabihakana. Ibiheruka gushikirizwa na Zari ko akageso ka Diamond platnumz ko kuvanga abakobwa gashobora…
Inyuma y'imyaka itanu bataronka ivyigwa b'ijanye n'umwuga w'ukumenyesha amakuru y'inkino hano mu Burundi muri ino ndwi ivyo vyigwa vyasubiye gutanguzwa. Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 31…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.