Umurundi Pacifique Ndabihawenimana yashoboye gutorwa na CAF nk'umuhagarikizi umwe wenyene w'umurundi azohagarira inkino z'igikombe ca afurika CAN 2019 kigiye kubera mu gihugu ca Agiputa . Pacifque agaragara Ku rutonde!-->!-->!-->!-->!-->…
Igurishwa rya Neymar ngo ryabaye ngirakamaro kuri Fc Barcelona gusumba PSG yamuguze nk'uko bishikirizwa n'umukuru wa PSG, Josep Maria Bartomeu. Ivyo akaba abivuga kubera ngo imiriyoni 222 z'amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe uno musi hari inkino 2 zo gusubiriza za Champion league, aho umurwi wa Juventus uza guhura na Ajax, nayo Barcelona igahura na Man United, izo nkino ntizibonwako rumwe. Morinho abona ko imirwi ya Juventus na!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunyegori w'intamba mu rugamba hamwe n'umugwi Sofa Paka Fc Justin Ndikumana abandanya yigenza neza mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa kabiri w'igenekerezo rya 16 Ndamukiza umwaka wa 2019, ishirahamwe Sport pesa!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwutwara umugwi Vital'o Fc biciye mu mategeko Benjamin Bikorimana ngo niwe akirongoye uyo mugwi gushika n'ubu. Hari kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 15 Ndamukiza , mu kiganiro c'inkino citwa Morning!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwahoze atwara umugwi Vital'o Fc mu myaka itandatu iheze niwe yasubiye gutorwa kugira asubirire uwahora atwara uyo mugwi biciye mu mategeko Bikorimana Benjamin. Kuri uyu w'imana waraye uheze igenekerezo rya 14!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri Primus league B ryarabandanije mu mpera z'iyi ndwi twaraye turangije. Uku niko inkino zagenze : Top Junior yanganije na Lumiere de mwumba igitsindo 1 kuri 1 Moso sugar Fc inganya na!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kuva kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza gushika kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 14 Ndamukiza umwaka wa 2019. Uku niko imigwi yatsindanye: Messager Buja!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza umwaka wa 2019, umugwi Napsa Star wari waramutse wakira umugwi Circuit Fc ku!-->!-->!-->!-->!-->…
Intamba mu rugamba ngo zigiye guhindura imyambaro zahora zambara zibifashijwemwo n'Ubutariyano. Mugatondo ko kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Ndamukiza umwaka wa 2019, uwurongoye ishirahamwe ry'umupira!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.