Umumenyereza Christian Kabera batazira Morinho yashinzwe amabanga mu mugwi Les jeunes Athletic wo mu cicaro ca kabiri. Hari kuri Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 26 Kigarama umwaka wa 2018 aho Kabera Christian yashinzwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuru uyu wa kabiri uheze igenekerezo rya 25 Kigarama hamwe no kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 26 Kigarama ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 20. Uku niko inkino zose!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku magenekerezo ya 27, 28, hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka tugomba turangize w'2018, ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri Primus League B rizoba ritanguye ku ndwi yaryo ya mbere. Izi nizo nkino zigiye kuba kuri uyu wa kane!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Kigarama no ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 22 Kigarama ndetse no ku musi w'Imana igenekerezo rya 23 Kigarama , ihiganwa rya Primus league rarabandanije Ku ndwi igira 19!-->!-->!-->…
Umugwi Mukura.Vs usanzwe umenyerezwa n'umumenyereza w'umurundi Haringingo Francis Mbaya wasezereye El Hilal Obeid wo muri Soudan mu mahiganwa ya Afrika yatwaye ibikombe iwayo CAF Confederation Cup ubatsinze kuma!-->!-->!-->…
Nk'uko mu bizi buri ukwezi ishirahamwe risanzwe ritwara umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama risohora urutonde rw'iko imigwi nserukira gihugu yama isumba sumbana ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa!-->!-->!-->…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryaraye rishize ahabona urutonde rw'abakinyi 7 batemerewe gukina inkino z'indwi ya 19 ya Primus League kubera amakara atukura bafise. Abo nabo ni aba bakurikira: 1)!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 21 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 19 . aho umugwi Messager Buja watsinzwe na Ngozi City ibitsindo 4-1. Kuri uyu wa!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/IJ7yzXHwMeA?list=PLfqlH3YW9SLYC_5RutsvQGHliZcFg6B1y
José Morinho yari asanzwe ari umumenyereza wa Manchester United ntakiri umumenyereza w'uyo mugwi. Intandaro yo kwirukanwa kwiwe ngo ni umusaruro mubi amaze imisi ariko atanga mu mugwi Manchester United . Abasanzwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.