Umukinyi w'Umusatirizi w'Umurundi Elvis Kamsoba yaguzwe mu cicaro ca mbere mu mugwi Melbourne Victory . Mu nyandiko yashizee ahabona n'ikinyamakuru cegukira Umugwi Melbourne Victory bavuze y'uko bari!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 03 Nzero umwaka wa 2019 inkino z'igice ca 32 gishira ica nyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu zigiye gutangura icese . Uku Niko imigwi izohura: I Gitega isaha indwi 13h00 Umugwi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umugwi Manchester City afise icizere co gutsinda Liverpool kuri uyu wa kane igenekerezo rya 3 nzero umwaka wa 2018 kugira agume yiyongereza amahirwe yo gutwara Premier league . Akaba yagize ati "mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi batatu bakina mu bwongereza aribo Muhammed Salah akinira Liverpool, Saido Maney nawe akinira Liverpool hamwe na Pierre Emerick Aubameyang nibo bagiye guhiganirwa agashimwe k'umukinyi mwiza w'umunya!-->!-->!-->…
Inyuma yo kuva mu bihano yari amaze imisi arimwo yahawe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Rwanda FERWAFA kubera ko yarwanye n'umurorerezi w'umugwi Sun rise ivyatumye ahanwa inkino 3!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Simba Sc wo mu gihugu kibanyi ca Tanzania usangiye itsinda rimwe n'imigwi Al Ahly yo muri Misiri hamwe na Vita Club wo mu gihugu Repubilika iharanira demokarasi ya Kongo. Uku niko itombora ry'imigwi isangiye!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku magenekerezo ya 27, 28 , hamwe na 29 Kigarama uwu mwaka, ihiganwa ryo mu cicaco ca kabiri Primus League B ryari ryatanguye icese ku ndwi yaryo ya mbere. Uku niko imigwi yatsindanye : BS Dynamic yanganije na Les!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 no ku musi w'Imana igenekerezo rya 30 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 21 Umurwi ikaba yatsindanye uku gukurikira : Musongati Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi akinira umugwi Yang Africans Tambwe Amissi Yiyemeje gukorera ibintu bikomeye Yang Africans asanzwe akinamwo. Ivyo bintu bikomeye yiyemeje gukorera Yang Africans akaba yabivuze Inyuma!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurumdi Hakizimana Alexis Kitenge yetekeje mu gihugu c'ubushinwa mu mugwi Makao Club . Hari kur' uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Kigarama isaha umunani 14h45 niho umukinyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.