*Umurwi wa KERN BBC utahanye igikombe c'ihiganwa rya ACBAB inyuma y'imyaka 15 ico gikombe badakorako, muri 2005 bamenyerezwa na Mathias Bigirimana, uwo mu menyereza akaba yakeje yivuye inyuma abakinyi, abamenyereza,…
Ihiganwa rya Handball ryarabandanije rikaba risigaje ku ndwi yaryo ya nyuma, Brothers niyo yatahukanye igikombe naho ihiganwa ribandanya . Uwo murwi mushasha umaze imyaka ibiri mw'ishirahamwe rya Handball i Bujumbura…
Kuri uno w'imana igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 niho hamenyekanye umurwi watahukanye ikibanza ca mbere muri basketball i Bujumbura, ico kibanza kikaba catahukanye umurwi wa Kern inyuma y'imyaka cumi…
Ihiganwa rya basketball rirabandanya rikaba ririko riragera ku musozo waryo. Imirwi ine ya mbere niyo izoserukira igisagara mu mahiganwa y'igihugu bita mu kinyamazuru Championnat national . Les hyppos iza gutana…
Inyuma y'igihe kitari gito umumenyereza wa basketball Loko ashitse muri Suisse mu gisagara ca Lausanne yizigiwe n'umurwi wo muri ico gisagara . Lionel Nkurunziza batazira Loko yavutse kw'igenekerezo rya 7…
Rumwe mu nkino zirindiranywe igishika mw'ishirahamwe rya basket i Bujumbura, mu mpera z'ino ndwi kw'igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 rukazohuza Urunani rubarizwa mu kibanza ca Kabiri na Dynamo ibarizwa mu…
Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA riheruka kwugurura ishami ry'ayo mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Iryo Shami rikaba ryari riri mu gihugu can Ethiopue ariko haza gufatwa ingingo yo kuyimurira…
-Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Umugwi Athletico Academy uza kwakira Vital’o Fc . -Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Tanzania TFF ryahisemwo kuhagarika amasezero n’umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije yahora amenyereza Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania . Ayo masezerano akaba yahagaritswe…
Uburongozi bw’infatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na bamwe mu bataye umurongo muri Diaspora ya Australia(BDA). Uburongozi bw’imfatakibanza muri Diaspora ya Australia ngo bwaraburabujwe cane na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.