Umunyororo w’imyaka 10 nico gihano sentare nkuru ya Mukaza yaciriye kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, abantu 4 bafatiwe ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika bariko bapakurura ibitenge vyinjiye kuri magendo.…
Urwego rujejwe gucungera itumatumanako ry’amakuru mu Burundi ARCT rusaba abanyagihugu gushengeza inomero zose ziba zarungitse ubutumwa buteye amakenga mu ntumbero yo kugwanya ubusuma bubera ku materefone ngendanwa. Nk’uko…
Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 10 Munyonyo 2020 niho hatangura kugenderwa ibintu bigurishwa icamunara biheruka gufatwa mu bushikiranganji bw’ubutungane. Mw’itangazo ryasohowe n’ubushikiranganji bw’ubutungane igenekerezo…
Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior. Petero Buyoya muri kino gihe ahagarariye ishirahamwe…
Umunyororo wo guherayo hamwe n’indishi y’akababaro y’imiliyaridi zirenga ijana na zibiri nico gihano cakatiwe abantu 19 bagirizwa ivyaha vyo kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye hamwe no guhungabanya umutekano…
Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque Nshimirimana, icegera ca kabiri c'umukuru…
Amategeko mpuzamakungu ngo ahari kugira yunganire ay'igihugu kigenderako ari naco gituma abacamanza n'abashingwamanza babwirizwa kuyisunga mu gutunganiriza ababitura. Ivyo ni ibishikirizwa na bamwe mu bacamanza…
Derek Chauvin , yahoze ari umuporisi akaba ari nawe yagirizwa urupfu rw'umunyamerika w'umwirabure George Floyd yanize amupfukamye mw'izosi, yanamupfunze amapingu mu mugongo yaraye arekuwe ivy'agateganyo.…
Abashingwamanza bo mu Burundi ngo baragira ibibazo bijanye n'umwuga wabo. Uturorero ngo ni nko kutemererwa kuraba uwo aburanira mu gihe aba ari mw’ibojero canke uguca urubanza ukunyuranye n'uko umushingwamanza aba…
N'ubwo isi iri mu bihe bigambaraye, ibihe vy'ikiza c'inrwara ya Corona(covid19) ngo ntakinanira Imana, Aline yarabonye ukuboko kw'uwuhoraho mu bugeni bwiwe. Hari kw'igenekerezo rya 04…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.