Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca rushirwa ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n'abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana Aboubakar Karume abenshi bazi nka Sat-b ahanurwa kubandanya araba imbere!-->!-->!-->…
2 muri 4 baboneka ku mashusho yashizwe ahabona n'umwe mu bayariko, basohokanye na Diamond, kandi nawe akaba ayabonekamwo. Hashizwe ahabona ama foto y'umuririmvyi Diamond Platnumz, arikumwe n'abigeme batari bake!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana nabo kandi yongera arondera abavuga izo zindi. Dudu Niyukuri ngo agiye guhindura ururimi aririmbamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/6yWC3A-vLuk
https://www.youtube.com/watch?v=ZrfSmZZzThg&app=desktop
1.Namba Moja By B Face http://www.glmmusic.com/modules/glmusic/music/B/BURUNDI/NOV2015/pp_nambamojabybface.mp3 2. Rumata By Mb Data !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Double jay yahakanye ibivurwa ko indirimbo yiwe nshasha yoba irimwo igishegu, ariko akemeza ko iyo ndirimbo irimwo amajambo y'urukundo akomeye, kandi ari ay'abantu bakuze. Double Jaya avuga ko mu misi mikeya akaririmbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'igihe bamwugariye gukora igikorwa na kimwe c'umuziki muri Tanzania n'inyuma y'igihugu, ikigo kijejwe kugenzura abanyabuhinga muri Tanzania cahavuye kimenyesha ko Diamond na Rayvanny barekuriwe gusubira gukora. !-->!-->!-->!-->!-->…
Naho atabashije kuvuga ryari azoyishira ahabona, canke uwuzoyikora, R Flow yavuze ko ayo masanamu ari mu nzira. Inyuma y'ukuva i Bujumbura aho yasubiye i Kigali ku kazi, R Flow yavuze ko hari igikorwa gishaha buca!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.