Dudu ashobora guhamvya Diamond mu gushira inguvu mu kudandaza umuziki, aho afise umugambi wo gushiraho urubuga, Mobile App, ruzogurisha umuziki hano iwacu. Dudu T Niyukuri ari mu baririmvyi babona ko ibintu mu muziki!-->!-->!-->!-->!-->…
Amwe mu majambo Diamond yaririmvye mu ndirimbo TETEMA iheruka gushirwa ahabona yasabwe ko asubirwamwo kugira yemererwa gushirwa ahabona, ivyo bikaba vyasabwe n’ikigo kijejwe kugenzura ibikorwa vy’abahinga muri Tanzania,!-->!-->!-->…
Big Fizzo aremeza ko amashirahamwe atandukanye ya hano iwacu, amaze kubona ko bakeneye abaririmvyi ku kibazo c’ukumenyekanisha ibintu vyabo. Big fizzo ngo ntagiye gusubira kuja kuba i Burayi, kanatsina ngo muri kino gihe!-->!-->!-->!-->!-->…
Ata guhigimanga, Sa-b avuga ko mu misi ya Vuba buca atangura kwubaka inzu irusha agaciro iyo asanzwe abamwo muri kino gihe mu Kibenga, aho avuga ko ayipanze amafaranga angana n’1,000,000. Mu gihe abaririmvyi batari bake!-->!-->!-->!-->!-->…
Ommy Dimpoz yababariye Steve Nyerere, amwizeza ko azi neza ko yanyereye ariko ko bifise ico vyamwigishije. Inyuma y’ukuvuga ko Ommy Dimpoz yahora agwaye atagisubira kuririmba, Steve Nyerere yasavye ikigongwe uwo!-->!-->!-->!-->!-->…
ku bivurwa ko Ommy yoba yararwaye mu muhogo kubera uburozi bashobora kuba bari bamuhaye, uwo muririmvyi yagarukiye ku cobo avuga ko ataco yoronka abivugako. Mu gihe aheruka gutahuka i Dar es ssallam aho yaravuye mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Preeze avuga ko umusahirizi yoba azanywe n'ukumurihira inzu hamwe n'ukumugurira impuzu, uwo ngo yoshaka akirekera. Preeze ngo nta mugambi afise wo kurondera abasahirizi bamugurira impuzu canke abamurihira inzu, kuko ivyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka kuganira na Meddy!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga Diamond afise ngo ntashikira ayo abagabo bandi bagendanye na Zari bari bafise. Mu gihe Zari azwiko kugendana n'abagabo bafise amafaranga, Diamond ngo ntaja mu gitigiri c'abagabo bafise amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Abaririmvyi batari bake b’abarundi babandanya bitwara neza I Kigali, aho bibandanije bigenda neza nkuko biri uno musi, mu myaka 5 gusa Uburundi bwoba bwisubije ikibanza bwari bufise aho hambere hahise muri kano karere. !-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.