https://www.youtube.com/watch?v=o3lo4zKWfdg
Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n'iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe. Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n'uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe ariko arabonwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Hampande y'ukurabwa n'abatari bake ku rubuga rwiwe rwa Youtube, indirimbo Nzobikora yakorewe Challenges yatumye imirwi itari mike y'abatamvyi basidukana niyonka mu kuyitamba. Ibihumbi 300 vyo mu kwezi kwa 1 ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Black G yashizwe musi y'uburongozi bwa LEC, ubwo bwahoze busahiriza Sat-b , ariko bakaba basezeranye batamaze kabiri. Inyuma y'ukumara igihe asa n'uwuri mu gacerere, Black G , hakanasohoka akaririmbo ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n'abatari bake, Babbi avuga ko hari akandi karirimbo gashasha kari inyuma, kari mu gusohoka. Ako karirimbo ngo gashobora!-->!-->!-->!-->!-->…
Kwita Dogo B face ngo n'ibisanzwe kuko we n'abandi bitana uko, s'abo gusa kuko ngo na nyina amuvyara nawe nyene amwita Dogo. Mu gihe agize igihe atumvikana n'abaririmvyi batari bake, B Face yavuze ko abantu bamwita!-->!-->!-->!-->!-->…
Hamissa Mobeto yagirizwa kuba umugabo w'abandi, nayo we akaba yahavuye amwerekana nk'umukunzi wiwe mushasha inyuma y'igihe yaramunyegeje. Inyuma y'ugutandukana na Diamond, naho bagendanye mu kinyegero, Hamiss Mobeto!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yahindutse ivy'ugucana inyuma ntagisubira, ubu agiye gukunda umwigeme Tanasha wenyene. Diamond aremeza ku mugaragaro ko ivy'ugucana inyuma ngo agiye kubihagarika, ico nico yabwiye umwigeme Tanasha bagize!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'iyakwije y'iyiheruka gukwiza Views zirenga 100,000 mu mezi makeya imaze isohotse, Double jay avuga ko mu misi ya Vuba buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako karirimbo akaba avuga ko kazoba kitwa!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/A4YBIM_EAz8?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.