Mu gihe i Kigali abaririmvyi ba hano iwacu bakunzwe gusumba abandi barimwo Double Jay na Kirikou, Drama T nawe yashizwe muri ico gitigiri. Abo baririmvyi uko ari 3, ngo nibo ba Stars ba hano iwacu bo mu misi ya vuba. Abo…
King'orongoro mu kutarabana ryiza kuri hagati ya Amir pro na Mb Data, uwo muririmvyi ataciye akagozi hagati yiwe na Management yahoramwo, yanse kuvuga nabi Amir Pro. Mu gihe Mb Data mu kiganiro aheruka gutanga aha…
Inda ni kimwe mu bibazo abakobwa b'abaririmvyikazi bashobora guhura navyo, nk'inzitizi zibatera kudatera imbere mu bikorwa vyabo vy'umuziki. Bikaba biheruka gushikirizwa na Meili ubwiwe. Uwo muririmvyikazi…
Lolilo ni umwe mu baririmvyi bakora ama Collabo atari make, akaba kandi anamaze gukorana n'abaririmvyi batari bake bakomeye bamaze kuza hano iwacu. Indirimbo nshasha afise ni indirimbo Je na We, indirimbo yakoranye…
Mu Burundi ngo nta Management ihari, ntihagire uwuzosubira kubesha abantu. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na Mb Data. Uwo muririmvyi yamenyekanye cane ari mu minwe ya Mugisha Amir muri MA Production, avuga ko Management…
Abafana ba Siren Vibe batanguye gusaba ko Hosy Irakoze yokoresha ikiganiro abashitsi bavuye i Kigali imbere y'uko basubira inyuma. Uwo mumenyeshamakuru akaba n'uwashinze ikinyamakuru Siren Vibe, inyuma yo gushira…
Mutima ngo icatumye ashika aho ageze nuko yabashije gutsinda ubwoba, noneho akaja ku kivi agakora cane. Uwo mukinyi w'amareresi atwenza, avuga ko uno musi n'aho ageze ahashimishije ngo ntivyamye bimeze uko, kuko…
Lolilo ni umwe mu baririmvyi batagize ikintu bavuga ku biheruka kuba ku muririmvyi Bruce Melodie, ariko akaba yahavuye ava mu gacerere agira ico ashikiriza. Uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona akaririmbo gashasha yakoranye…
Ibiheruka gushikirizwa n'umumenyeshamakuru w'umunyarwanda, Fatakumavuta, ko umuziki w'abanyarwanda uvuzwa cane gusumba uw'abarundi ngo n'ububeshi butagira izina. Mu kiganiro na Juste Gael, Simbizi…
B face ngo kwiyita Rap Yuda canke Rap Commando ngo birafise ico bisiguye mu bikorwa ariko arakora vy'umuziki. Mu kiyago aheruka kugirana n'umwe mu bamenyeshamakuru ba hano iwacu, yavuze ko ayo mazina ari ayo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.