Media Tours yonyene ngo yomwuriza indege, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe. Urugendo aherukamwo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, rwavugishije abatari bake, kuko atigeze anatomora vyukuri ikijanye B Face…
Imbarutso ry'ihabwa amasezerano na Bantu Bwoy ngo n'uburyo Big Fizzo yashimye ivyo Dj Veezzy yavugije mu giteramo uwo muririmvyi yari yatumiwemwo mu gihugu c'Ubutariyano. Ariko ngo ihura ry'abo ubwa mbere…
Masterland ngo birashoboka ko ashobora kugira ubugeni mu misi iri imbere. Bitandukanye n'uko vyari mu myaka yahera, ubu nta mwaka uhera ata muririmvyi akoze ubugeni, na Masterland nawe ngo bashobora kumwitega. Naho…
Mu gihe muri Hip Hop abiyita abami ari umurengera, Fabelove we ngo arafise ivyemezo ko ariwe mwami muri uwo mudiho. Mu kiganiro OpenMic, yavuze ko afise abana yigisha uwo mwuga kandi abo nyene aribo baja guhangana…
Inyuma y'ukumenyera gukwiza Views 100,000 mu ndwi imwe kuri YouTube, n'ukuronka indirimbo zitari nke zikwiza Views 1,000,000 kuri YouTube, ubu ikigezweho ni Collabo zo hanze y'igihugu. Ico kimenyerewe kubwa…
Abagifise muribo ko Masterland akwiye guhitamwo kimwe muvyo asanzwe akora ngo nibahagarike, kuko Imana yamuhaye ingabire nyinshi cane. Uwo muririmvyi akaba n'umugwizatunga avuga ko yasanze Imana yamuhaye ingabire…
Kidum ngo ntashobora kwemeza ko Rally Joe atakiboneka mu muziki. Mu gihe Rally Joe atariko araboneka vy'umurengera nk'uko abafana bavyipfuza mu bikorwa vyiwe vy'umuziki, Kidum we avuga ko ico atarico gikomeye…
Fabelove ngo kimwe muvyo yipfuza n'uko hano iwacu ahabwa ijambo nk'uwukora Hip Hop kandi ngo yarabishitseko. Ariko kandi ngo yafashe inzira nk'iya Rwagasore, aho yiyemeje kugwanira umudiho wa Hip Hop…
Ikibazo c'ikorana ry'abaririmvyi ba hano iwacu n'ama Management asanzwe abarondera n'ikibazo gikomeye cane, kuko uko imisi igenda niko humvikana itandukana ry'abaririmvyi bariko baraduga n'ama…
Indirimbo Mafu Masterland aheruka gushira ahabona avuga ko ishobora kuba ariyo ndirimbo yiwe ya mbere yamugoye cane gusumba izindi. Uwo muririmvyi avuga ko iyo ndirimbo ngo yaciye mu minwe y'abahinyanyuzi bo mu bihugu 3…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.