Mu biyandikishije muri DICOBU Music Awards 2022 harimwo umuririmvyi Daddy Face, nkuko yabiyagiye mugenzi wacu Adijoe mu kiganiro Diaspora Show. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko akirindiriye ko bamubwira uko…
Bruce Melodie umwe mu baririmvyi b'abanyarwanda bariko bavyifatamwo neza muri kino gihe, ariko yitegurira uruhererekane rw'ibiteramo azokorera ku mugabane wa buraya. Mu bimaze kumenyekana harimwo igiteramo kizobera…
Mkombozi aremeza ko aba Rappeur harimwo abakoresha itabi kugira muri studio iyo bagiye gukora ngo bigende neza, naho atari bose. "Sivyo ariko Kandi nivyo, kuko abantu bakoresha amasigareti barabikoresha n'abatari…
Iyo hataba umuhisi Soso K, ngo uno musi dushobora kuba tutari tuzi umuririmvyi R Flow, kuko ariwe wa mbere yafashe ukuboko uwo muririmvyi wacu kugira aje muri Studio irya mbere. Mu Kiyago yagiranye na Kaboss For real mu…
Inyuma y'ukumara umwanya Ari mu minwe y'igipolisi, umuririmvyi Harmonize yahavuye arekurwa, ubu aridegemvya. Ivy'ifatwa ryiwe bikaba vyagumye bishikirizwa uno musi Aho uwo muririmvyi vyabugwa ko yoba yarariye…
Abaririmvyi batari bake bagize Ico bashikiriza ku ndirimbo Umuyabaga RMX ya Nziza Desire yashizwe ahaba kuri uyu wa mungu igenekerezo 1/5. Mu bagize Ico bashikiriza muri comment y'iyo ndirimbo hari nka B face, Mkombozi,…
Inyuma y'ibiteramo yakoreye mu bufaransa no mu bubirigi, hamwe n'ukuboneka mw'ihiganwa ry'umupira ryahuje imigwi y'abarundi baba ku mugabane wa buraya, Big Fizzo agiye gukorera igiteramo mu bwongereza…
Kidum na Andy Mwag bagiye gusubira kuwakiriza hamwe hazoca uwambaye ku Mutwenzi bar Ishirahamwe rihingura ibinyobwa Brarudi ribicishije mu kinyobwa caryo Amstel n'abagenzi burwo rukanywa bategura gusangira…
Indirimbo umuyabaga RMX ya Nziza Desire yakozwe kuva akiri mu karuhuko hano iwacu, ariko itari bwasohoke, igiye gushirwa ahabona. Nkuko vyabonetse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, uwo muririmvyi yashize ahabona teaser…
Ku basanzwe bakurikirana urubuga rwa Facebook rw'ikinyamakuru cacu Indundi magazine, Mu misi iheze twari twabamenyesheje ko urubuga rwa Youtube rw'umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi muzi nka Diamond Platnumz…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.