Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye…
Sat-b arajugumiye asubizako Video yari yarakuye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Aho n’inyuma yaho uwiyita Thecatbabalao wo mu gihugu c’Urwanda avugiye ko ariwe yakoze ibishoboka vyose ngo Sat-b akwize wa 1,000,000 aheruka…
Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n’ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo…
Kubwa Masterland ngo ikibuze n'amafaranga kugira umuziki ndundi ujabuke ushike kure gusumba aho ushitse uno musi. Ivyo nivyo yashikirije mu kiganiro yagiranye n'imboneshakure ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, Uwo…
Indirimbo nshasha z’umuririmvyi Yoya Jamal ziri mu nzira, ivyo n’ivyo uwo muririmvyi yashikirije uyu musi ku rubuga rwa Instagram asanzwe akoresha mu gice ca Storie aho yariko yishura inyishu z’abakunzi b’ibikorwa vyiwe…
Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye. Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imboneshakure ya hano iwacu. Muri ico…
Big Fizzo na Lolilo ngo nta kibazo na gitoya gihari, basanzwe bumvikana. Ariko ico ntigishobora guca gikorerwako ngo amusabe kwiyandikisha mu kuja mu mahugurwa baba bateguye. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi…
Iyo umuntu avuze ngo ubupfuvyi n'inkubutindi, womengo arashikuje nkuko kwoba ari ugushinyaguriza uwabuze. Haba na mba! Hano iwacu nti biri kure dusimbiye gato mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi mu…
Inyuma y’amezi 2 ya Ndirimbo Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.