My Vow, indirimbo yaririmbwe mu misi y'ubukwe ya Meddy ngo niyo yoba yarabaye imbarutso y'ukwandikwa kw'indirimbo Your Day ya Sat-B. Mu kiyago yagiranye n'ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyj…
Kuwa 2 nzero umwaka w'2022 hazoca uwambaye muri Arizona muri Reta zunze ubumwe za Amerika aho abaririmvyi b'ababarundi batandukanye baba muri ico gihugu bazoteramisha benewabo baba muri ico gihugu mu ntumbero yo…
Abantu ntibakira ibintu kumwe, mu gihe Big Fizzo na Koffi Olimide bose baheruka kubirwa bakiri bazima, Big Fizzo yabonetse yajumarariwe, nayo Koffi we agatwengo kamwishe muri Video yasangije abantu kuri Instagram yiwe. Mu…
Hagize imisi hari impari kubera indirimbo 2 Hug me ya Sat-b na Otile Brown hamwe na Affection ya Olga Lorrie na Big Fizzo. Izo ndirimbo zikaba zagumye zipimanishwa, bazigaraguza agati kugira babone nziza iyariyo, iyanditse…
Umuzo w’umushikiranganji wa mbere w’Urwanda I Bujumbura ku musi w’ukwikukira kw'abarundi, woba wugururiye inzira za Bujumbura-Kigali zari zimaze imisi zitameze neza, kuko hari abanyarwanda bakomeye bitezwe I Burundi mu…
Inzara gushika uno musi zari mu kibanza ca 1 mu kuba ndende kw’isi, ziheruka gucibwa zifise uburebure burenga imetero zirenga gato 7, ngo zaheruka gucibwa bamwe bamwe mu bahava basoma ino nkuru batarabona izuba. Mu myaka ya…
Icizere ngo kirahari ko Diamond Paltnumz na Alikiba bazoza mu misi ya Vuba bakumvikana, ico n'icizere gishikirizwa na bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania, kuko ukutumvikana hagati y'abo bagabo kumaze…
Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b’abarundi, Ivyo n’ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw’isonga…
Indirimbo buca isohoka ya Adojosan na Big Fizzo yatanguye kumenyekanishwa kuri uyu wa kane amasaha yo mw’ijoro, ngo ije itorosha ibintu, mu gihe abantu bari bazi ko bagiye kuruhuka gatoya inyuma ya Korayo ya Olegue. Ivyo…
Muri commentaire ya Post ya Instagram y’uwahoze ari umumenyeshamakuru wa Reama Fm, Ismail Niyonkuru, Natacha yishuye Kidum kuri post biboneka ko yakuwe ku rubuga rwa Facebook rw’uwo muririmvyi ko Imbwa ziyizi ariko ko we…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.