Abantu ngo nibareke gufatira mu rwara Olegue, ahubwo bamushigikire. Ivyo n'ibiheruka gushikiriza n'umwe mu banyamideri b'abarundi bakomeye basanzwe bakorera mu gihugu c'Urwanda. Ku rubuga rwiwe rwa…
Abantu bamwe bamwe batanguye gusaba amafaranga yo kwimwesha, ngo bikunde nabo bimweshe nka Natacha Ngendabanka. Abo bariko bayasaba akaba ari bamwe mu bakurikirana urubuga rwa Facebook rwa Natacha. “Urampa amahera…
Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka kubiyagira kimwe mu binyamakuru I Kigali aho bariko…
Inyuma y’induru z’uko uwamureze ngo yoba atariwe muvyeyi, ubu amakuru avurwa guhera ku musi wa gatanu muri Tanzania, ni Tanasha Donna, uwahoze ari umukunzi wa Diamond bakaba banafitanye umwana. Uwo mwigeme w’umunya…
Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda. Hakaba habonetsemwo abarundi mu mice…
Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho” aheruka gushira ahabona. Ivyo yatuganiriye mu kiyago twagiranye ku…
Nkuko Alvin yari yaravyemeye mu kiganiro yatanze mu mwaka uheze wa 2020 ko azokora ubugeni mu bihe vya vuba, na Nirna umukunzi wiwe nawe aheruka kuvyemeza ku mboneshakure ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo mukunzi…
Sat-b ngo ntaco bapfa na Meddy naho abatari bake bavyibajije inyuma y’ukubona indirimbo bakoranye isohotse idafise amasanamu, kandi uwo muririmvyi ari mu bakunzwe I Kigali atayishigikiye mu kuyimenyekanisha. Ivyo Sat-b…
Uwigeze kuba umukunzi wa Monna walda, Sag Wise, ngo ni nawe yatumye yinjira mu muziki. Ico gihe ngo basa nkaho bapinze ngo ntashoboye kuririmba, umukobwa aba yinjiye mu muziki uko. Nkuko aheruka kubishikiriza, Monna…
Sat-b na Big Fizzo ngo nta kibazo bafitanye , ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe aho yishura ibibazo bitandukanye ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, Sat-b yasabwe gusubira kandi gukorana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.