Mu gihe twaheruka kubamenyesha ko ikiri ku minwa y’abantu batari bake hano iwacu ari ryari ubugeni bwa Alvin n’umukunzi wiwe, kuko na Alvin yanaheruka kumenyesha ko azokora ubugeni vuba kugira yerakane ko ari umugabo w’ijunja…
Abo mu kinyamazuru bita aba Influencers baraye bahaririye akavumbi karatuma ku rubuga rwa Instagram, abo nabo ni abazwi nka DDHUMBa na NELLA NETH basanzwe bari mu barundi n’abanyarwanda bafise abantu batari bake babakurikira.…
Mu gihe umwaka wa 2020 wamusizemwo imvune idasanzwe, kuko imwe imwe mu migambo yarafise ngo yaguye mu mazi, Lolilo avuga ko agiye kuza arasohora indirimbo n’amasanamu yayo uko ukwezi gutashe. Mu kiyago ya Hosy, uwo muririmvyi…
Umukobwa arikumwe na Alvin mu rukundo muri ino misi, anaheruka kuja kumwerekana muhira iwabo, ashobora kuba ari mu bakobwa benshi bamwirutse inyuma, ariko agira amahigwe atsindira umutima wiwe. Mu kiyago na Jimbere, Alvin…
Double jay co kimwe na Olegue ni 2 mu baririmvyi b’abarundi muri ino misi bariko bakora ibintu bisa nkaho ari bishasha kuko abarundi bari babirindiranye igishika cinshi, ariko kandi vuba cane bizoba bisa nkaho ari ibisanzwe.…
Ubwo impinduka iheruka kuba ku mitwe y’abaririmvyi babiri, R Flow co kimwe na Alvin Smith boba hari ico boba barabiyazeko? Ico nico kibazo wokwibaza ari nka hamwe uri mu bakurikirana abo baririmvyi babiri, kuko ico umwe…
Mu bariko batera amashurwe umuririmvyi Fabrice Nzeyimana asanzwe ari mu baririmvyi baririmba indirimbo z’Imana ariko bakorera Inyuma y’igihugu hiyongeyemwo Bobona nawe agize igihe kitari gito akorera ibikorwa vy’umuziki mu…
https://www.youtube.com/watch?v=JfQUoNHBhn0 Abaririmvyi b’abakambwe muri uno muziki ndundi ngo baraba hange, kuko mu misi iza bazohava basanga abaririmvyi bariko bararuka muri ino misi ata numwe abaha nirwe. Imvo ngo nuko abo…
https://www.youtube.com/watch?v=JYq3BpMbrig Umukambwe muri uno muziki ndundi, Big fizzo ntahuriza n’umwana acaruka Olegue benshi bazi nka Delegue General ku kibazo c’uburyo indirimbo zizokundwa zikorwa. Ivyo bakaba baheru…
Igiteramo ca Alikiba co kuri uyu wa 25/12 cavuzweko ibitari bike n’aba na bariya barimwo umumenyeshamakuru yahoze akorera insamirizi Rema Fm, Ismail Niyonkuru, aho asa n’uwutabona neza ico giteramo, noneho akagitega…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.