Ubukwavu umukuru w'igihugu yaraye ahaye B Face burarikoroje ngaho hanze. Umu Rappeur Kingorongoro asanzwe azwiko kutavuga rumwe na B face ntiyaretse kugira ico avuze Kuri ako kaganuke uwo mu Rappeur mugenziwe yahawe…
Abantu bagize imisi bavuga ko Umuririmvyikazi Esther Nish bamuryamitse, Manager Jackson yatanze umuco kuri ico kibazo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, DJ Jackson yavuze ko label ya Bukiv Lab ata mafaranga akwiye bafise…
Siren Vibe ya Hosy Irakoze ngo ibintu vyavuye mu majambo ubu bigeze mu bikorwa. Umwanya wo kuvuga amajambo ngo waraheze, ubu bageze gukoresha amategeko, imbuga zigahanwa bikomeye. Abagize imisi bakoresha ama Video akorwa na…
Big Fizzo ngo araho arakomeye, ico Nico cizere giheruka gutangwa na Yassin, wa mu Promoter amenya ivya Mugani Desire Imbere y'abandi bose. Ubwo butumwa yacishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, akaba yabutanze…
Sat - B n'umuririmvyi akoresha imbuga ngurukana bumenyi cane ikimubabaje canke ikimuryoheye vyose abisangiza abakunzi biwe yama ariko arashingira intahe abantu baba ruguru ko aribo berekana urukundo rurenze kuba nya…
Ngendabanka Natacha bakunze kwita la Number, asubiye Kandi kuvugisha benshi kubera umwambaro yari yambaye kw'ifoto aheruka gusangiza abamukurikirana, ariko Kandi n'ukubera amajambo yaherekeje iryo shusho. Uwo…
Mu gihe bahimbaza isabukuru y'amavuko y'umugore wiwe, Bruce Melodie yamubwiye amajambo akomeye, anamuha akaganuke, Gift, y'imodoka itari mu zigurwa n'uwariwe wese. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Igihe…
Igenekerezo rya 4/2 niho umwigeme azwi kuri Instagram nka Ctine yavuka, uno mwaka rero nk'iyindi myaka yose akaba nawe yahimbaje umusi mukuru w'amavuko yiwe. Uwo mufana wa Big Fizzo akaba yahimbarije isabukuru ryiwe…
Mu gihe Big Fizzo ari mu baririmvyi bavurwa kuba bafise abana benshi, uwo muririmvyi uko umwaka utashe yerekana mushasha abantu baba batazi. Mu mwaka uheze, hamenyekanye Nikita Mugani umwana yavyaranye…
Yoya Jamal mu gusohora ya ndirimbo nshasha Nyakabiga ngo yarahaze aca aja guturira umube ku barundi basigaye mu gihugu. Umu Comedien Ismail Gasore, kw'igenekerezo rya 01ruhuhuma niho yashira ahabona aka Video, aho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.