Amakenga atanguye kuba menshi ngaho hanze kubera ibura ry'ama Video y'ibikorwa Drama t ariko arakorera I Dubai, aho amaze imisi. Nkuko bitanguye kuboneka ku rubuga rwa Facebook, aba Promoter bamwe bamwe batanguye…
Uguhagarikwa kw'indirimbo zimwe zimwe, ngo bishobora kuba ari inzira nziza kur'izo kugira zibandanya zirabwa cane ku rubuga rwa YouTube, nkuko twabonye ababikoreyeko. Mu gihe abandi barira ayo kwarika kuko Indirimbo…
Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n'aga fanta Kandi baramukoresheje. Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe…
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Matete Rodrigue indirimbo yiwe yambere yayise" S.E" n'indirimbo irimwo amajambo ahayagiza umukuru w'igihugu. Agisohora iyo ndirimbo yararonse akaryo ko kuyiririmba Imbere…
Uburyohe bw'inkurikirane ntonto bwamaze kuryoha none zibandanya zitegurwa ku bwinshi. Inyuma ya EP yaheruka gusohora, Alvin Smith yavuze ko iyindi iri mu nzira. Ivyo uwo muririmvyi yabishikirije akoresheje imbuga…
Mu gihe hari hagize imisi hari urukurukuru ko asigaye yibera Kwa Drama T, biciye mu kiganiro Siren Trick, Mow Kanzie asa nkaho yabeshuje ayo makuru yaragize imisi akwirakwizwa. Muri ico kiganiro, Monna yavuze ko…
Hatanguye kuboneka amakenga Ko ibiteramo vyavuzwe ko vyateguriwe abaririmvyi b'abarundi ku mugabane w'uburayi, ko bitazoba. Amakenga akaba atanguye kuvugwa kubera ko ngo abo baririmvyi batarerekana ama Visa. Ayo…
Inyuma y'imyaka 8 agendanye n'abagabo b'abarundi b'aba Star gusa, umunyarwandakazi Usanase Nadjima yabahaze yisubiriye mu Banyarwanda bene wabo. Nizigiyimana Makenzi, yahoze ari kizigenza mu mugwi Intamba…
Muri ino misi inkuru ivugwa gusumba n'urukundo rushobora kuba ruvuza ubuhuha hagati ya Drama T na Mow Kanzie, aba bose bakaba baheruka gushikiriza ko ata bakunzi bagira. Naho havugwa ivyo, hariho n'indirimbo iri mu…
Vianney benshi muzi nka Vichou ibintu vy'ugufata indege nk'uwufata ikinga yabigize umwuga, inyuma yo kwerekeza Kampala agafata amasanamu y'indirimbo, akanahakorera Indirimbo yakoranye n'umuhinyanyuzi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.