Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati…
Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe bareke kugiranira imimenyerano naba Djs .…
Umuririmvyi Dj Pro aremeza ko ibiriko birumvikana n’indyane zihari zari zikwiye gutaturwa na Amicale ariko ikabanza ikaja hamwe maze nayo igashira hamwe abo irongoye. Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv, Dj Pro…
Inyuma y'ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y'ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka…
Amwe mumajambo yasubijwe umufana w’umururimvyi yabaye nk’inkota yogucagagura imitsi iha inkomezi abaririmvyi bakiriko bararondera uko bubaka izina. U One B Forever ni umuririmvyi akiri muto mu mwuga wo kuririmba akaba asanzwe…
Big Fizzo ngo ntazofatwa mw'ishati na nyene indirimbo yasubiyemwo kandi atabiherewe uruhusha, ariko ubutungane bwo buzomukurikirana. Mu kiganiro na Amanda, Ciza Sylvestre, umukukuruke mu mwuga w'ubwigisha, ariko…
Nziza Desire ngo ata kimuzibiye ashobora gusubira muri Amerika ajanye umwana yavyaranye na Natacha. Aha akavuga ko umwana ari umunyamerika kuko na se nawe yaronse ubwenegihugu. Mu kiganiro yahaye Indundi Tv, twashatse…
Michou Miracle ngo ikibuze uno musi mu bamenyeshamakuru bamenyekanisha imico n'akaranga hano iwacu n'ukuzana ibintu bishasha "Innovation". Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru 2 barimwo…
Muri kahise Sat-b ngo yaragendanye cane n'abagore bafise abagabo, abo bakunze kwita aba sugarmamy. Ivyo n'ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro ku mboneshakure ya hano iwacu. Uwo muririmvyi ari muri bake bakunzwe…
Tanasha Donna aremeza cane ko yakunze umuririmvyi Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond, kandi ko atigeze ashaka kuvyaza umusaruro mu muziki ubwo bucuti bwabo nkuko bamwe bavyibaza. Mu kiyago aheruka gutanga, uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.