“Isabukuru nziza kuri wewe YAN JASON, nta Vyinshi novuga, gusa Imana ikuzigame muhungu wanje, turagukunda cane! Warakoze Mana kuri aka kaganuke.” Aya niyo majambo Mama w’imfura ya Yvan Muziki yashize ku rubuga rwiwe rwa…
Fabelove yasavye ikigongwe bagenziwe Prince Mshidi na Big Zoé kuba yarabashize muri challenge y’indirimbo yiwe yise Master ngo ntivyari bikenewe ko abashiramwo mu ruririmbo rwiwe. Uwo muririmvyi abicishije mu nyandiko yiwe…
Intandaro y’ukutagaruka Kwa Nziza Desire muri Afrika mu kirngo c’imyaka 12 yaramaze muri Amerika ngo n’ukuba atari bwaronke ivyangombwa, ariko ubu ngo n’umunyamerika. Ivyo n’ivyo yayagiye Lucky ku mboneshakure RBA,I Kigali.…
Kingorongoro ngo impamvu atahora ateba muri Label bahora bakorana ngo nuko ata masezerano baba bafitanye, bikaba vyaca vyoroha uburyo akinjura, Nkuko yabiyagiye umwe muri bagenzi bacu. Magic abarizwa uno musi muri Label ya…
Empire Avenue ayizi abatari bake mu bayirimwo uno musi ngo ata numwe arayizamwo, eka mbere itaranatanguzwa ku mugaragaro. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa nawe ubwiwe kuri Micro z'imwe mu mboneshakure za hano iwacu…
Mu gihe abatari bake hano iwacu co kimwe no mu makungu bakoma akaruru ko ikiza Corona Virus cabatumye bahomba cane gose, abandi bo bari bagerageza kwiyungunganya. Irakoze Divine benshi bazi nka Dj Iraa, umurundikazi akomoka…
Mu gihe yaramaze igihe kitari gito asa n'uwutavurwa mu muziki ndundi, Olegue yahavuye ashira ahabona akaririmbo gashasha yise Doctor, yongera anagirako akora ibiteramo bitandukanye birimwo gonga tour aho yari yaherekeje…
Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z'abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw'imenyekanisha ry'ikiganiro Dj Paulin azokorana na…
Mirire Makers ngo nta mugambi ifitanye n'abaririmvyi bamenyekanye, ahubwo ngo abakiri bato ariko bafise ingabire ngo nibo bazorabana cane. Mu kiyago na Indundi Tv, umuyobozi wa Mirire Makers, Peniel, inzu…
Abaririmvyi ndundi ngo barakunda, Ico n'igiheruka gushikirizwa na B Face mu kiganiro aheruka kugirana na Indundi Tv. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko ikibuze ari ikibahuza, ngo bikunde noneho urwo rukundo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.