Ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo Wari he ya Spok’s ngo n’umuzo wundi mushasha mu muziki naho atagarutse gusubira kandi gusohora indirimbo buri kwezi, ivyo n’ivyo aheruka kuyagira Indundi Tv. Muri ico kiganiro,…
Master Bk aravunira akagohe baba abaririmvyi bacaruka muri uno mwuga, canke abantu bamukoreye amakosa muri kahise muri uno mwuga wo kuririmba ko ngo ataco bakoze, kuko inguvu zikiri zazindi nyene, ivyo n’ivyo aheruka…
Bruce Melody na SHaddy Boo ngo ubu babarizwa mu gasho iKigali, aho bafashwe n'igipolisi barenze amategeko nkuko amakuru ava i Kigali abishikiriza. Imvo n'imvano y'ugufatwa kw'ivyo vyamamare ngo nuko…
Big Fizzo ngo yaratangaye cane abonye Lolilo kuri Stage ariko aririmba Live, akabikora ku ndirimbo zitari nke. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Lolilo ubwiwe mu kiyago aheruka guha mugenzi wacu. Ico gihe nkuko Lolilo…
Ezeckiel Nibigira umushikiranganji w'inkino n'imicokama yagiranye inama n'abatwara amashirahamwe y'imigwi ndangakaranga, noneho bamushikiriza ibibazo bihanze ico gisata. Mu bibazo vyashikirijwe harimwo…
Mu gihe Emery sun afise akababaro kenshi ko hari abamenyeshamakuru bamwe bamwe batakivuza ibikorwa vyiwe, uwo muririmvyi avuga ko atari wenyene kuko hari abandi batari bake nabo batavuzwa. Mu kiyago na Michou Miracle, uwo…
Fabelove na Sat-B ubu imigenderaninire ni myiza cane naho vyashitse bagacanamwo ngo ntazibana zidakomanya amahembe. Inyuma y’indirimbo Master umuririmvyi Fabelove yasohoye ururirimbo Hange indirimbo yakorewe muri Empire…
Mu gihe abatari bake baguma bidoga ngo ntibumva igituma umuziki ndundi udatera intambwe muri kono ka rere turimwo maze umuririmvyi nawe agire n’ico aronka,abenshi ntibabibona kumwe inzira vyokorwamwo kumpande zose. Mumyaka y’…
Umuririmvyi Titus Da Sailor amenyeshako umwigeme Rebeka atorohwewe namba mubuzima yaciyemwo ariko y’ukwihangana kuko ubwiza akibufise. Titus Da Sailor arahanura cane abigeme beza cane aciye mundirimbo asazwe akora aho avuga…
Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond ngo agiye kugira ubugeni muri ino misi,ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu basanzwe bakorana nawe. Mu kiyago yatanze ku rubuga rwa Instagram, Sallam Sk asanzwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.