Inyuma y’indirimbo Umusaraba w’Urukundo yanavugishije abatari bake mu bakunzi b’umuziki, co kimwe n’ab’iwabo na mwene indirimbo, Riche agiye gushira ahabona amasanmu y’akandi karirimbo kuri uyu wa 5. Ako karirimbo azoshira…
Masterland abona ko umuziki ndundi utishwe n’abahinyanyuzi, kandi abo nyene ataribo batuma abaririmvyi badatera imbere. Ivyo n’ivyumvikana muvyo aheruka gushikiriza kuri imwe muri Post z’’umu Dijay w’umurundi azwi cane ku…
Inyuma y'igihe umwana akiri muto M Nif Jimbo akoze indirimbo yise King B-Face aho ari indirimbo ihayagiza izina ndetse n'ibikorwa vy'umuririmvyi B-Face On The Flow harabonetse ikintu ubona ko cashimishije…
Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n'ibicurarangisho kavukire bakoresha mur'iyo myaka yabo y'ubusore ndetse no…
Ntivyoroshe mu mudiho wa RAP aho Sage Wise asanzwe akorera akazi kiwe k'umuziki mu gihugu c'Ububirigi yikubise mugikiriza avuga ko yipfuza uwo wese yiyumva ko ari umuraperi yiyemera kuri Freestyle aze bahangane…
Ifungwa rya Arnaud Mugisha azwi nka Dj Marnaud ryateje uruhagarara Ku mbuga ngurukanabumenyi mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo uwo mu DJ akaba…
Inyuma yo kugenda akora zimwe mundirimbo zigakundwa n’abatari bake hano mugihugu ndetse n'abari hanze y'igihugu ni Lizzo abandanya akora ibikora inka muri uyu muziki w’Uburundi aho ubona ko abandanya yigarurira…
"Hello Miami!" niyo majambo yari mu ndirimbo zari ziherekejwe n'ingoma hamwe n'inzamba. Mu rukino rwari rurindiriwe cane rwa Super Bowl muri Amerika ejo ku wa Mungu, abaririmvyi rurangiranwa babiri Shakira…
Diamond ngo yoba yarashatse gufasha Tanasha Donna mu ndirimbo, ariko agatinya ko babona ko ariwe yamudugije, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na kimwe mu binyamakuru vyo muri Tanzania. Intandaro y’iyo nkuru ngo n’indirimbo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.