Vyari bitanganje benshi ndetse n’umu Paparazzi yamubajije ikibazo ndetse vyamuteye gutwenga bigatuma Kirikou amubaza ko vyoba bitwengeje. Biciye mugiteramo co kur'uyu wa 14 Ruhuhuma 2020 catunganijwe na Bantu Bwoy aho…
DJ Miller ari muba DJ bakunzwe cane I Kigali avuga ko babangamiwe cane n’abantu babiba amafaranga, kandi ngo bikaba biba akatari gake, atari kuwe wenyene ariko ngo no ku bandi ba DJ batandukanye bari I Kigali. Miller…
Mu gihe abatari bake muba Tanzania batari biteze ko Diamond ahava aryoherwana n’umukunzi wiwe kuri uno musi w’abakundana, uwo muririmvyi yakoze ivyatangaje abantu benshi. Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru SNS co muri…
Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo uko biri kwose abarundi n’abarundi kandi bose abafata kumwe, ngo umwe amuhamagaye mu kazi ntiyoreka kugenda, nkuko ngo n’uwundi yomuhamagara uko nyene. Ivyo n’ivyo aheruka…
Happy Famba ngo umuziki yabanje kuwushira ku ruhande ngo abanze kwanza yinjize amafaranga biciye muri The Fighter Production, Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu anavuga…
Umwana akiri muto Ines aririmba muri Peace and Love band afise ijwi ridasanzwe vyemezwa neza ko aririmba nk'umuririmvyikazi wo mugihugu ca Nigeria abenshi bazi kw'izina rya SIMI arakomeza gukora ibidasanzwe…
Tanasha ngo yaricujije cane kuba yaremeye gusohokana na Diamond, kuko vyamuteye uguhahamuka gukomeye cane. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro na Wasafi Tv. Muri ico kiganiro Tanasha yamenyesheje ko vyamutwaye igihe…
Igihe kinini kiraheze uko haza Abaririmvyi bakomeye mukarere baje gukora ibiteramo humvikana amwe mumajambo asiga Abarundi mumakenga bigatuma urukurukuru ruba ruri mubakunda gukurikirana umuziki kurugero…
Inyuma yokuboneka mwihiganwa BMA (Buja Music Awards) ariko akaba ataronse amahirwe yo gutsinda yaragerageje gukora cane aho ubona ko ari umwe mubaririmvyi bagerageje guhindura uko basanzwe bakora ari Dj Pro ubwiwe avuga ko…
Inyuma y’uturirimbo nka Kamwe kamwe , Neno Moja na Ndicuza twakozwe mu mwaka wa 2018, tugakundwa n’abatari bake mu bakunzi b’umuziki ndundi, cane cane ab’umuririmvyikazi Chany Queen. Uwo muririmvyikazi agiye gushira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.