Kubwa kidumu ngo igikuru ni akazi gusa ,nayo ngo uno mwaka yipfuza gusohora nka album zibiriri bishitse bigashoboka. Kidumu aravunira akagohe abaririmvyi batoyi bafashe ingingo y’ukuririmba ngo gukora umuziki n’ubufindo…
Igiteramo cari citezwemwo ibihangange bibiri Big Fizzo na Sat B kuri Lacosta Beach mu ntumbero yukuraba uwuruta uwundi ngo ntankeka isango ni ryarindi nyene. Inyuma yukwakirana umunezero w'imenyeshwa ry’igiteramo…
Inyuma y’imyaka ibiri atanguye akazi ko kuririmba, ashobora kuba agiye kwinjira muri Label ikomeye cane ya Bantu Bwoy umuririmvyi Drama T. Drama T akaba agiye kuba mu muryango wagutse usazwe urimwo abaririmvyi nka Double Jay,…
Inyuma yo kuririmba mu birori vya CAF vyabereye muri Egypte, Diamond ngo ashobora no kuririmba mw'ihiganwa ry'umupira w'amaguru rya World Cup ryo muri 2022 muri Qatar. Hagati ya Eto'o fils na Nasibu…
Zari ngo imbere yuko yubaka ishure ryiwe rya Brooklyn College muri Africa y'epfo, yabanje kugeragereza muri vyinshi birimwo n'ukuba umukozi wo mu nzu igihe yiga mu bwongereza. Zarinah Hassan azwi nka Zari The Boss…
Uwahoze ari umugore wa Eddy Kamoso nawe ubwiwe bahukanye bigeze kure, kuko n'ivy'ukwicana vyari bimaze kwiyumvirwako, ariko guca bahitamwo gutandukana. Eddy Kamoso ngo yarondeye akazi i Burundi avuye mu Rwanda…
Zari ngo niwe wa mbere muri Uganda akurikiranwa cane ku rubuga rwa Instagram. Nayo ibihangange mu muziki muri Uganda ngo nubwo vyoteranya ababakurikirana ngo ntibanamwegera. Zarinah Hassan benshi bazi nka The boss Lady,…
John Peter Hakizimana azwi nka John Classic kw'izina ry'ubusani, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu…
Ukwiruka inyuma y'uwo mwagendanye ngo nuko aguhevye afatanye n'uwundi ngo n'uguta umwanya gusa. Nayo abomushira munzu ngo baruzuye nuko atarabishaka gusa. Wolper ngo nta mwanya agira wo kwiruka inyuma…
Umugabo bivurwa ko barushinze na Zari ngo yoba ari umwe muri bamwe baryamana n'abandi bagabo, kandi akaba ari Umugabo w'abandi, nkuko bishikirizwa na bimwe mu binyanamakuru. Muri Video za Zari zo mu mpera…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.