Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi c’Ubuganda inyuma…
Aimable Tayaya ngo ntiyari yarabuze ahubwo yarakora ibikorwa hama ngo bihura n’ingorane kubari babimukoreye aca abanza kwinyegeza gato mukubanza kwiga isi uko imeze n’ukwihangana afise aho kugera ngo nakare iyubonye inzira…
Ibihe uko bigenda bibisikanya haraza haribonekeza zimwe mu mpano z’abigeme mu kuririmba ariko batigera bamara igihe kinini nk'ayandi mazina dusanzwe tubona amara igihe kinini muri uru rugendo rw’umuziki nk’abahungu. Uko…
Inyuma yaho akoreye indirimbo yiwe igira kabiri abifashijwemwo na Label ya Rockstone Kingdom munyuma agafata urugendo rumwerekeza mumahanga aho yagiye kwiga kandi ariko yemeza ko yagiye afise ibikorwa vyinshi bibitse…
Abipimisha umugera ngo n'abafise ivyo bikeka, Big Fizzo we ngo nta gahunda afise yo kwipimisha kuko ntazi kunuranura. Nta mugambi afise wo kuja kwipimisha umugera wa SIDA, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Big Fizzo…
Abandanya yerekana ubutwari n’ubutore bwiwe naho bitoroshe muri kino gihugu cacu ko tubona abaririmvyi b'abigeme bashinga imizi muri uno mwuga wo kuririmba. Ni Esther Nish inyuma yaho aviriye mu gihugu ca Kenya…
Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri stage ko hagati yabo atakibazo ahubwo abantu bavyitiranya. Inyuma yaho haragiye…
Masterland yishuye ku busambanyi bubavurwako, bakabukorana n'abakobwa baba bakoranye nabo nk'aba Video Queen. Masterland yagarutse ku bivurwa ko abaririmvyi baryamana n'abakobwa baba bakoresheje mu ndirimbo…
Big Fizzo na Bantu Bwoy yose ibazaniye igiteramo citiriwe BantuBwoy Concert ku ncuro yabo yambere igiye kubateramisha biciye mu giteramo babateguriye. Inyuma y’ukuva mu karuhuko yamazemwo igihe kitari gito mu gihugu…
Bizos asanzwe akora umudiho wa Kiyago style Music inyuma y'ukuronka ikibondo akanyamuneza kakaba kari kenshi arababazwa cane n’ivyakozwe kuri mugenziwe. Intandaro yavyose ni indirimbo Freestyle ya Taylo sixer aho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.