Bibaye arivyo, abaganga boba aribo nyendamuvamo w'ubucuti bukomeye bunuganugwa hagati ya Diamond na Lynn. Kuva Diamond Platnumz na Lynn bari mu gisagara ca Dubai bose umwanya umwe ngo biteye amakenga menshi, ivyo…
Kidum abona ko kurabwa cane kuri YouTube bitotuma umuntu aduza itugu, kuko biterekana ko uzi umuziki gusumba abandi. Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo ukurabwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi nka YouTube…
https://www.youtube.com/watch?v=6ncpYDMhM6I
Inyindi ndirimbo ya R flow ishobora kuzosohoka kuri uyu wa mungu, akaba azoyikorana n'uwo bahorana muri The Cousin, Bamso, hamwe na B Face. Inyuma y'akaririmbo Love yasohoye mu mpera z'ukwezi kw'8 uyu…
Agahengwe kari mu mubano wa Sat-b na Big Fizzo muri kino gihe, gasa n'akatosekaye kubera amajambo yavugiwe mu kiganiro Sat-b yahaye Wasafi FM. Mu gihe hasa n'ahagize igihe agahengwe hagati ya Sat-b na Fariouz,…
Akaririmbo Don't Cry Sat-b yakoranye na Aslay kabanje kugurishwa imbere yuko gahabwa abantu Bose. Akaririmbo Don't Cry Sat-b yakoranye na Aslay wo muri Tanzania kamaze gushirwa ahabona. Ako karirimbo kakaba…
Ngo nta gahunda yo gusubira hasi, Harmonize afise naho yakinjuye muri uwo muryango wamufashe ukuboko atera imbere mu muziki. Harmonize ntavyumva kumwe n'abibaza ko afise ikiringo gito kugira azobe yamaze gusubira hasi…
Ata gihindutse Fortran Bigirimana ariko arakora akaririmbo gashasha, kakaba kariko gakorwa na Aron Nitunga. Fortran Bigirimana yamenyesheje ko hari igikorwa gishasha ariko arategura muri ino misi. Ivyo akaba aheruka…
Ukuri kw'inkuru y'ivuka ry'umwana mushasha, kwoba kugoye kwemeza, kuko umuvyeyi wenyene, Tanasha, yahakanye ishusho y'umwana bakwiragije hose. Amakuru dukesha bimwe mu binyamakuru vyo muri kano karere,…
Igipfungu cinshi nico kirangwa mu majambo asobanura ibura rya Kidum mu giteramo Kigali Jazz Junction co mu mpera z'uku kwezi i Kigali mu Rwanda. Mu gihe Kidum we avuga ko yabwiwe ko uburongozi bw'igisagara ca…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.