Inyuma yo guhaguruka nk’umwe mu baririmvyi b’abigeme muri Diaspora arabandanya kwerekana ko abarundi bashobora kuba ba bitumwako Bella Hot Hot ni umwe mu baririmvikazi b’abarundi babandanya gukora ibitangaza mu kwitaba…
Inyuma y'igihe kinini hataboneka isohoka ry'abaririmvyi babarundi baja gukora ibiteramo hanze y'igihugu hano mu karere ka Afurika y'Ubuseruko na cane cane muri Tanzaniya ndetse na Kenya ni Sat-B yashize…
Inyuma yo kuza i Bujumbura akahakora ibikorwa bigiye bitandukanye, ni Q Boy, mu nyuma yakoze indirimbo ariko agakora ama collabo yatumye abarundi bamumenya kurusha banamenya kari umwe mubaririmvyi bafise amamuko…
Inyuma y'igihe kinini ataboneka mugakino, munyuma akaza gusubira kwumvikanira munzu y'ubuhinyanyuzi izwi nka M.A isanzwe irongowe na Mugisha Amir arabandanya gukora ibitangaza mumuziki w'Uburundi aho abandanya…
Vyari bitanganje benshi ndetse n’umu Paparazzi yamubajije ikibazo ndetse vyamuteye gutwenga bigatuma Kirikou amubaza ko vyoba bitwengeje. Biciye mugiteramo co kur'uyu wa 14 Ruhuhuma 2020 catunganijwe na Bantu Bwoy aho…
Umwana akiri muto Ines aririmba muri Peace and Love band afise ijwi ridasanzwe vyemezwa neza ko aririmba nk'umuririmvyikazi wo mugihugu ca Nigeria abenshi bazi kw'izina rya SIMI arakomeza gukora ibidasanzwe…
Igihe kinini kiraheze uko haza Abaririmvyi bakomeye mukarere baje gukora ibiteramo humvikana amwe mumajambo asiga Abarundi mumakenga bigatuma urukurukuru ruba ruri mubakunda gukurikirana umuziki kurugero…
Inyuma yokuboneka mwihiganwa BMA (Buja Music Awards) ariko akaba ataronse amahirwe yo gutsinda yaragerageje gukora cane aho ubona ko ari umwe mubaririmvyi bagerageje guhindura uko basanzwe bakora ari Dj Pro ubwiwe avuga ko…
Inyuma y'igihe umwana akiri muto M Nif Jimbo akoze indirimbo yise King B-Face aho ari indirimbo ihayagiza izina ndetse n'ibikorwa vy'umuririmvyi B-Face On The Flow harabonetse ikintu ubona ko cashimishije…
Igihe kitari gito kiraheze bamwe mubatama dufise uyu musi batembereye ibihugu bitandukanye vya Afurika ndetse na Buraya bafashijwe n'ibicurarangisho kavukire bakoresha mur'iyo myaka yabo y'ubusore ndetse no…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.